TUGARUKE KU VYAHISHUWE 13: 16-17

 IKIMENYETSO C’IGIKOKO/C’INYAMASWA/INAMA MPUZAMAKUNGU G-20

Gitegeka ko bose, aboroshe n’abahambaye, abakire n’abakene, abidemvya n’abagurano, ngo baronke ikimenyetso caco ku kiganza c’i buryo canke ku ruhanga, kandi ngo nihagire uwugura canke ngo agurishe ikintu adafise ikimenyetso, canke izina rya ca gikoko, canke igitigiri c’izina ryaco (Ivyahishuwe 13: 16-17).  Murabe na Daniyeli 2: 41-45, ariko musome neza imirongo ya 42-43. Noneho abumva icongereza n’o murabe iyi video: http://canadianliberty.com/?p=942 , abumva igifransa ni: http://www.youtube.com/watch?v=aeXhEp7dhvw&feature=related  , hanyuma muzombwira ico muyiyumvirako. Mwandike ibitekerezo vyanyu aha hasi mu mwanya wagenewe ibisubizo.

Murakoze.

Publié dans : ||le 6 avril, 2009 |Pas de Commentaires »

Laisser un commentaire

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire