Résultats

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (16)

28 octobre, 2016

(Yesu) avuye mu bwato abona ishengero ryinshi rimutera  akagongwe abakiriza abagwaye. Bugorovye abigishwa biwe baramwegera, bati: Mbega hano hantu kw’ari mu gahinga, kandi bukaba buriko burira, sezera abantu baje mu mihana kwirondererayo ivyo barya. Yesu arababwira ati:  » Ntibarinda kugenda, mube ari mwebwe mubagaburira. Baramwishura bati: « Nta vyo dufise hano atar’udutsima dutanu n’udufi tubiri. Nawe […]

IGIHE CO GUSENGERA IGIHUGU CACU C’UBURUNDI

28 août, 2016

MBESE UBWO IMANA NTIYOBA IRINDIRIYE ISENGESHO RYAWE KUGIRANGO IKORE IBITANGAZA? *************************************************************************** UMUGOROBA W’AMASENGESHO Ku wa Gatanu, igenekerezo rya 2 Nyakanga 2016. Kuva saa 12 z’umugoroba ************************************************************************** … »hakagira usenga akinginga, naho yob’umwe, canke abantu bawe bose b’Abisraeli{b’Abarundi}, umuntu wese ukw’azoba yimenye ko ingwara yo mu mutima wiwe, akagaranzura amaboko ayatumbereje iyi ngoro; nuko uz’uvyumve uri mw’ijuru […]

TWIRINDE UBUSAMBANYI

23 février, 2016

TWIRINDE UBUSAMBANYI Ico Imana igomba n’ukwezwa kwanyu, ko mwirinda ubushakanyi; kugirango umuntu wese muri mwebwe amenye kuganziriza umubiri wiwe mu kwezwa no mu kwubaha, atari mu buryo bwo bwo kwangaza imitima mu vyipfuzo, nkuko abanyamahanga batazi Imana bagira (1Abatesalonika 4: 3-5). Iyi mpanuro iraba twese abambaye umubiri, abahungu n’abakobwa b’Imana. N’ivy’ukuri Imana « yaremye abantu bar’uburyo […]

ISABATO S’IY’ABADVENTISTE GUSA

12 février, 2016

Yesu arababwira ati “Isabato yabayeho ku bw’abantu, abantu si bo babayeho ku bw’isabato (Mariko 2: 27) 7..Kandi ukarekura ugatanga ibyokurya byawe ukagaburira abashonji, ukazana abakene bāmeneshejwe ukabashyira mu nzu yawe, wabona uwambaye ubusa ukamwambika, ntiwirengagize bene wanyu. 8.“Maze rero umucyo wawe uzaherako utambike nk’umuseke, ubukire bwawe buzatoha vuba, gukiranuka kwawe kuzakujya imbere, kandi icyubahiro cy’Uwiteka […]

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI

17 novembre, 2015

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI Uwo munsi abagore barindwi bazajya ku mugabo umwe bamubwire bati “Tuzitungirwa n’ibyokurya byacu kandi tuzajya twiyambika ubwacu, ariko uduhe kwitirirwa izina ryawe udukize urubwa rw’abantu.”(Yesaya 4: 1) Ikibazo c’umusi cyagiye gitera impaka nyinshi  hagati y’abantu bitwa abarokore  bo mu matorero aruhuka dimanche, n’abandi baruhuka samedi, na cane cane abadivantisti b’umusi wa karindwi. […]

TWIGE IVYAGHISHUWE 1: 9-16

8 novembre, 2015

Mbese ibi vyigisho ubona bigufasha mu kwitegurira ukugaruka kwa Yesu? None ubona woterera iki kugirango bisomwe n’abarundi benshi? TWIGE IVYAHISHUWE 1: 9-16   Jewe Yohani mwene So, musangiye amarushwa n’ubwami no kwihangana biri muri Yesu, nari ku kizinga Patimo co mu kiyaga, bampora ijambo ry’Imana no gushingira intahe Yesu. Ku musi w’Imana nari muri Mpwemu, […]

GIR’UMWETE WO KUMENYA INTAMA ZAWE

23 juin, 2011

IGIHE  CO GUSENGERANIRA, ITARIKI 05/10/2016 Igihe c’isaha 12 zo ku mugoroba, ku masaha y’i Bujumbura/Kigali Har’amajambo y’Imana dusoma mu gitabo cayo akatugora gutahura hakaba n’ayandi dusanga yoroshe, ku buryo naho umuntu yoyarengako atobona urwitwazo na gato. Abantu bafise ubusho bajejwe n’Imana, hano nibo babwirwa ngo: Gir’umwete wo kumenya intama zawe, wame ugaburira ubusho bwawe (Imigani 27: […]

GIR’UMWETE WO KUMENYA INTAMA ZAWE, WAME UGABURIRA UBUSHO BWAWE (Imigani 27: 23).

22 juin, 2011

Har’amajambo y’Imana dusoma mu gitabo cayo akatugora gutahura hakaba n’ayandi dusanga yoroshe, ku buryo naho umuntu yoyarengako atobona urwitwazo na gato. Abantu bafise ubusho bajejwe n’Imana, hano nibo babwirwa ngo: Gir’umwete wo kumenya intama zawe, wame ugaburira ubusho bwawe (Imigani 27: 23. Abamenyereye gucira imanza abapasitori bahava bibaza ngo nibo bavugwa mur’uwu murongo. Reka da! Havugwa […]

IGITERAMO CO GUSENGA KURI IYI SABATO YO KU WA 7 RUSAMA/ Gicurasi

6 mai, 2011

INDIRIMBO ITANGURA  1. Har’irembo ryguruwe Ryatumye mpishurirwa Umusaraba wa kure Yesu yatangiweho 2. Irembo ryugururiwe Abashak’agakize ngw’abakire n’abakenye bose barinyuremwo 3. Ncuti komez’utwaran’irembo ricuguruye Ikorer’umusaraba nibw’uzahabw’ikamba Icitabirizo: Mbeg’ineza n’amahoro Vyatumye nugururirwa Nugururiwe, iman’ihimbazwe!  ISENGESHO:   Mana Data nyen’ikigongwe, kubera maraso y’Umwana wawe Yesu-Kristu yaviriye i Golgota, ndasenga kandi ndagutazira imbere y’abamarayika, ur’Imana iheta ibigirwamana vyose. Numva […]

IGITERAMO CO GUSENGA CO KURI IYI SABATO YO KU WA 23 NDAMUKIZA/MATA 2011

22 avril, 2011

  INDIRIMBO ITANGURA  1. Mu bari mw’isi ntawugoroka Kandi ntawurino mw’ijuru atar’abizera ko bogejwe de N’amaraso ya Yesu gusa 2. Amaraso ya Yesu yogej’artyo Abanduj’imitima yabo Ntimukererw’ariko munyaruke Mwisuke mu maraso yiwe 3. Umukiza niyaz’agarukanye Ubwiza bwo kwubahwa rwose, Abatari bwezwe bazinjir’iwe Mu birori vy’ubukwe bate? 4. Ntibazohagararar’imbere yiwe Bazohiduk’Ubwoba gusa Mwiyambure rer’impuzu zanduye Mubone […]

123
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire