Résultats

MUZOGEZA RYARI KUBA BA NYAMUJIRANINO?

17 octobre, 2017

Igihe imvura yari yataze mu gihugu c’Israyeli kubera ivyaha vyabo, Abanyisiraeli bakomeje kwijijanya imitima bibaza niba nkumbure Bayali itobaha imvura kubera ko Imana ya basekuruza babo yasa n’iyabahevye.  » Maze Ahabu abonye Eliya, aramubarira, ati Mbega ni wewe n’ukuntu wateje amagorwa Abanyisrayeli? Nawe aramwishura ati: « Eka si jewe nateje amagorwa Abanyisrayeli, ariko ni wewe, mwe n’inzu ya so, […]

KUR’UWU MUSI WO KWITEGURIR’ISABATO, SOGOKURU AGIRA ABACIRE UMUGANI! MUBE MASO DUTERAME!

4 novembre, 2016

UMUGANI WA BITAMO VYO MW’ITABA MUKA NTARE Umwami w’Uburundi wa kera yitwa Ntare ngo yabanye n’umwamikazi wiwe Bitamo-vyo-mw’Itaba. Umwami yakunda Umwamikazi Bitamo -vyo- mw’Itaba nk’akajamunda. Ariko ngo uwo mwamikazi we yikundira « umwungere yaragira inka z’umwami ». Uwo mwungere ntiyigeze yitaho ivy’uko Inabuja amukunda, ariko we yikundira impfizi y’inka mu zo yaragira. Igihe kimwe rero yar’aragiye inka, imvura […]

IKIBAZO C’AMOKO MU BIHE VY’IMPERUKA

5 mai, 2016

MBESE IMANA NIYO YAREMYE AMOKO? Bibliya itangura itubwira ko Imana yaremye umuntu. « Nuko Imana irema umuntu mw’ishusho yayo, mw’ishusho y’Imana niho yamuremye, irema abantu bar’uburyo bubiri. Maz’Iman’irabahezagira  iti: Ni murondoke mugwire mwuzure isi (Itanguriro 1: 27-28).  Bibliya yigisha ko Adamu yavyaranye n’umugore wiwe imfura yabo Kayini, ariko Kayini aza kwica uwamukurikira yitwa Abeli. Adamu yongera […]

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 5: 1-30

29 décembre, 2015

.Umwami Belushazari ararika abatware be bakuru igihumbi ngo baze mu birori, abatunganiriza ibyokurya n’ibyokunywa.muri ibyo birori, umwami na we anywera vino imbere y’abo batware igihumbi. 2.Nuko Belushazari agisogongera kuri vino, ategeka ko bamuzanira ibintu by’izahabu n’ifeza, ibyo se Nebukadinezari yari yaranyaze mu rusengero rw’i Yerusalemu, kugira ngo umwami n’abatware be n’abagore be n’inshoreke ze babinyweshe. […]

IGITERAMO CO GUSENGA KURI IYI SABATO YO KU W 05/03/2011

11 mars, 2011

INDIRIMBO ITANGURA  Har’igihugu ciza cane 1. Har’igihugu ciza cane, twazeraniwe n’Imana Tukirorereye twizera ko Data yakitweretse Icitabirizo: Aheza mw’ijuru, tuzohurirayo bagenzi (2x) ISENGESHO: Data mwiza udukunda, umpe kugubwa neza imbere yawe mur’aka kanya ngiye kugusenga no kwiga ijambo ryawe, mw’izina ryera rya Yesu. Amen. TWICISHE BUGUFI IMBERE Y’UMUREMYI: Ni muze tumusenge twunamye dupfukamre Uhoraho Umuremyi wacu […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (2)

23 janvier, 2011

 ABO BANTU NDABABONYE ICO BARIMWO (Kuvayo 32: 9) Uhoraho abarira Mose ati: Manuka ugende kuko ba bantu bawe wakura mu gihugu ca Egiputa bamaze kwononekara. Inzira nabategetse bayitaye ata n’akanya, bironkeye igishushanyo c’ikimasa, bakivugutiye mu nkero, bagisenze, bagihaye n’ibimazi, baravuga bati: Yemwe bana b’Israeli, ngiyo Imana yanyu yabakuye mu gihugu ca Egiputa. Uhoraho arongera abarira Mose […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (2)

23 janvier, 2011

 ABO BANTU NDABABONYE ICO BARIMWO (Kuvayo 32: 9) Uhoraho abarira Mose ati: Manuka ugende kuko ba bantu bawe wakura mu gihugu ca Egiputa bamaze kwononekara. Inzira nabategetse bayitaye ata n’akanya, bironkeye igishushanyo c’ikimasa, bakivugutiye mu nkero, bagisenze, bagihaye n’ibimazi, baravuga bati: Yemwe bana b’Israeli, ngiyo Imana yanyu yabakuye mu gihugu ca Egiputa. Uhoraho arongera abarira Mose […]

ISAH’IMWE YO MU VYAHISHUWE 18: 16

25 novembre, 2010

Paroisse twihane iraguha ijambo ry’Imana imisi yose. Raba hariya hepfo handitswe ngo: Ijambo ry’Imana mur’iki gitondo IBARA RIZOBA AHO RIDAKEKWA MW’ISAHA YA NYUMA Kand’abami bo kw’isi, abasambana nawe, bagasangira nawe ibihinda vyiwe bazomuririra bamuvugirize amaruru, aho bazobonera umwotsi wo kuyigizwa kwiwe, bahagaritswe kure no gutinya umwotsi wo gushinyagurigwa kwiwe, bati n’ibara, n’ibara, ewe wa gisagara […]

IMIVUMO INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

 Genda i Bujumbura,  mu materaniro y’Ishirahamwe ry’Abasoma Bibliya/Association des Lecteurs de la Bible, hamagara kuri 79321090 IMIVUMO INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Tumaze imisi twiga imigisha indwi iboneka ku gitabo c’Ivyahishuwe. Uyu musi tugiye gutangura icigisho kidasanzwe kitavuga imigisha, ariko kivuga imivumo. Nk’uko ya migisha twamaze kwiga ari indwi, niko n’imivum0 nayo ar’indwi. Kuko uwutazoronka […]

TWIGE IVYAHISHUWE 13:1-10

23 mai, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 13: 1-10 Gihagarara ku musenyi wo ku kiyaga. Mbon’igikoko ciburuka kiva mu kiyaga, gifise amahembe cumi n’imitwe ndwi: ku mahembe yaco hariho imigara cumi, no ku mitwe yaco hariho amazina y’amarogotano. Ico gikoko nabonye casa n’ingwe, amajanja yaco yar’ameze nk’ay’idubu, akanwa kaco kari kameze nk’ak’intambwe. Ca gisato kigiha ububasha bwaco, no kuja ku […]

12
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire