Résultats

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 7: 25

8 janvier, 2016

DANIELI 7: 25 Soma witonda kuko bishobora kuba birebire, ariko wihangane ubirangize kugirango usobanukirwe) « Ni we uzavuga ibyo kugomera Isumbabyose, kandi azarenganya abera b’Isumbabyose. Azigira inama zo guhindura ibihe n’amategeko, kandi bizarekerwa mu maboko ye kugeza aho igihe n’ibihe n’igice cy’igihe bizashirira » (Daniyeli 7: 25). Uwo muntu ninde? Kugirango umumenye ugomba gusobanukirwa n’imirongo ibanziriza uwo […]

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 7: 25

24 décembre, 2015

DANIELI 7: 25 Soma witonda kuko bishobora kuba birebire, ariko wihangane ubirangize kugirango usobanukirwe) « Ni we uzavuga ibyo kugomera Isumbabyose, kandi azarenganya abera b’Isumbabyose. Azigira inama zo guhindura ibihe n’amategeko, kandi bizarekerwa mu maboko ye kugeza aho igihe n’ibihe n’igice cy’igihe bizashirira » (Daniyeli 7: 25). Uwo muntu ninde? Kugirango umumenye ugomba gusobanukirwa n’imirongo ibanziriza uwo […]

TWIGE IVYAHISHUWE 5 (2)

28 avril, 2010

TWIGE NEZA RYA ZINA RYA WA MUGORE W’INDAYA. NGO NI BABULONI Babuloni n’izina ryakomotse mu rurimi rwa kera rw’ikiarameya (Araméen mu gifransa), ryavuga ngo BAB-ILU=irembo ry’Imana imwe. Noneho muri ico gisagara citiriwe irembo ry’Iman’imwe, hageze igihe ubupagani buragwira, imana ziba ubuhojojo. Nibwo bahavuye bahita: BAB-ILANI, risobanura ngo: irembo ry’imana nyinshi. Ni nka kurya mu giswahili, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 2: 24-29

15 mai, 2009

  UBUTUMWA BWIZA KU BASIGAYE Ariko mweho abasigaye mu b’i Tuwatira, abadafise iyo nyigisho mwese, batamenye ivyo ba bandi bita ivyo mu kuzimu vya Satani, ndababwira nti: « Nta wundi mutwaro ndabikoreza atari uwu;25ko mwumira ku co mufise mugashitsa aho nzozira. » Uwunesha akitondera ibikorwa vyanje agashitsa kw’iherezo, nzomuha ububasha bwo kuganza amahanga. Azoyaragiza inkoni y’icuma, nk’uko […]

TWIGE IVYAHISHUWE 2: 12-17 (II)

19 mars, 2009

URWANDIKO RWANDIKIWE ITORERO RY’I PERGAMO II Mugiye gukurikirana igice ca kabiri c’icigisho cerekeranye n’uru rwandiko rwandikiwe itorero ry’i Pergamo Ndabaramukije mwebwe mwese mukurikirana ibi vyigisho vy’Igitabo c’Ivyahishuwe. Uru rwandiko rw’i Pergamo tuzorwiga turunoganze, kuko nirwo rubitse inkomoko y’ubugome bwose bwadutse mw,itorero butewe n’abakristo gito, abanyabwoba, ibijora. Muri make rurerekana inkomoko ya Babuloni yo mw’Isezerano risha. […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire