Résultats

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (162).

28 mai, 2017

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (162) Ubutumwa bwiza bwanditswe na Luka (101) BALTHASAR MIBURO·DIMANCHE 28 MAI 2017 Ehe mpagaze ku rugi, ndaramukije (Ivyahishuwe 3: 20) WEWE KO UVUGA NGO URAZI YESU, UBWO YESU ARAKUZI? Ari mu nzira, ahita mu bisagara no mu mihana, yigisha, ari ku rugendo aja i Yerusalemu. Umuntu aramubaza ati: « Mugenzi, mbega abakizwa […]

IMBABAZI Z’IMANA NTIZIHORAHO KU BANTU BOSE…

12 octobre, 2016

IMBABAZI Z’IMANA NTIZIHORAHO KU BANTU BOSE Nsenga Uhorah’Imana yanje ndatura nti: « Bwirukiro Mana nkuru y’igitinyiro, wewe wama ushitsa isezerano, ukagirir’ikigongwe abagukunda, bakitonder’ivyagezwe vyawe, twaracumuye, twaragabitanije, twakoze nabi twaragararije, twaratambamye tuva mu mateka washinze no kuvyo wageze (Daniyeli 9: 4-5 Iri sengesho rya Daniyeli, ndazi ko abakristu benshi ritabanezera. Ntibokwubahuka no kurisubiramwo kuko rigaruka ku mategeko […]

ISHENGERO RYA PENTEKOTI CANKE RYO KURI PENTEKOTI, RYOBA RYARABAYEHO CANKE RIRACARIHO?

26 janvier, 2016

  Abakunda gusengera mw’Ishengero rya Pentekoti munyihanganire, ndiko ndavuga ishengero bakunda kutwigisha ko  ryatangiye ku musi wa Pentekoti, Yesu amaze imisi mirongw’itanu asubiye mw’ijuru. Simvuze Abapentekoti. Twarize kenshi mu mashengero yacu ko ishengero ry’Imana ryatangiye ku musi wa Pentekoti igihe Mpwemu, canke Mutima Mweranda yaza ku ntumwa (Bamwita Mwuka Wera canke Roho Mutagatifu mu Kinyarwanda). […]

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI

17 novembre, 2015

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI Uwo munsi abagore barindwi bazajya ku mugabo umwe bamubwire bati “Tuzitungirwa n’ibyokurya byacu kandi tuzajya twiyambika ubwacu, ariko uduhe kwitirirwa izina ryawe udukize urubwa rw’abantu.”(Yesaya 4: 1) Ikibazo c’umusi cyagiye gitera impaka nyinshi  hagati y’abantu bitwa abarokore  bo mu matorero aruhuka dimanche, n’abandi baruhuka samedi, na cane cane abadivantisti b’umusi wa karindwi. […]

IGITERAMO CO KURI IYI SABATO YO KU WA 28 RUSAMA/GICURASI 2011

27 mai, 2011

INDIRIMBO ITANGURA 1.  Naguzw’ amaraso y’ intama, Nshunguzw’ imbabazi zayo                                                                                                              Ubu nd’ umwana wayo rwose, Nta ho ntazabyamamaza. Nkiza, nkiza, n’amaraso yawe Yesu.                                                                                                                                                 Mboneza, mboneza!Nd’ umwana wawe rwos’ ubu. 2.  Mpimbaze Yesu wankijije, Nta wuz’ uko nnezerewe.        Ni we mucyo mwiz’ unyobora, Ahorana nanjy’ iteka.   3.  Ntabgo mpug’ Umukiza wanjye, Njya mmutekerez’ iteka. […]

EJO UZOBA UMUSI WO KURUHUKA W’ISABATO (Kuvayo 16: 23)

4 février, 2011

Ijambo ry’Imana rivugira mu ntumwa Paulo ngo: Gukebwa ntaco kumaze, no kudakebwa ntaco kumaze, ariko ikigira ico kimaze, n’ukwitondera amategeko y’Imana. Ku musi w’isabato turenga irembo ry’igisagara (umujyi), tuja ku ruzi, dukeka ko hoba aho basengera (1Abakorinto 7: 19; Ivyakozwe n’Intumwa 16: 13) Twirinde gukoresha izina rya Yesu hamwe n’irya Paulo mu kwigisha ivyo kugarariza […]

EJO UZOBA UMUSI WO KURUHUKA W’ISABATO (Kuvayo 16: 23)

28 janvier, 2011

 Ijambo ry’Imana rivugira mu ntumwa Paulo ngo: Gukebwa ntaco kumaze, no kudakebwa ntaco kumaze, ariko ikigira ico kimaze, n’ukwitondera amategeko y’Imana. Ku musi w’isabato turenga irembo ry’igisagara (umujyi), tuja ku ruzi, dukeka ko hoba aho basengera (1Abakorinto 7: 19; Ivyakozwe n’Intumwa 16: 13) Twirinde gukoresha izina rya Yesu hamwe n’irya Paulo mu kwigisha ivyo kugarariza […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (4)

26 janvier, 2011

  INYANDIKO Z’IMANA (Kuvayo 32: 16) Maze Mose aramanuka uwo musozi, afise vya bisate vyompi mu minwe biriko Ibishingantahe (Ibihamya), vyanditsweko impande zompi, imbere n’inyuma. Ivyo bisate vyari bikozwe n’Imana, kandi inyandiko zikoragoshowe kuri vyo zari inyandiko z’Imana. (Kuva 32: 15-16). Muri iki gihe isi yose yuzuyemwo imico y’ubuhumane ituruka mu Burengerazuba,  kenshi twemera ibintu […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (4)

25 janvier, 2011

INYANDIKO Z’IMANA (Kuvayo 32: 16) Maze Mose aramanuka uwo musozi, afise vya bisate vyompi mu minwe biriko Ibishingantahe (Ibihamya), vyanditsweko impande zompi, imbere n’inyuma. Ivyo bisate vyari bikozwe n’Imana, kandi inyandiko zikoragoshowe kuri vyo zari inyandiko z’Imana. (Kuva 32: 15-16). Muri iki gihe isi yose yuzuyemwo imico y’ubuhumane ituruka mu Burengerazuba,  kenshi twemera ibintu dukurikije […]

EJO UZOBA UMUSI WO KURUHUKA W’ISABATO (Kuvayo 16: 23)

21 janvier, 2011

Ijambo ry’Imana rivugira mu ntumwa Paulo ngo: Gukebwa ntaco kumaze, no kudakebwa ntaco kumaze, ariko igikira ico kimaze, n’ukwitondera amategeko y’Imana. Ku musi w’isabato turenga irembo ry’igisagara (umujyi), tuja ku ruzi, dukeka ko hoba aho basengera (1Abakorinto 7: 19; Ivyakozwe n’Intumwa 16: 13) Twirinde gukoresha izina rya Yesu hamwe n’irya Paulo mu kwigisha ivyo kugarariza […]

123
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire