Résultats

TWIGE IVYAHISHUWE 13:1-10

23 mai, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 13: 1-10 Gihagarara ku musenyi wo ku kiyaga. Mbon’igikoko ciburuka kiva mu kiyaga, gifise amahembe cumi n’imitwe ndwi: ku mahembe yaco hariho imigara cumi, no ku mitwe yaco hariho amazina y’amarogotano. Ico gikoko nabonye casa n’ingwe, amajanja yaco yar’ameze nk’ay’idubu, akanwa kaco kari kameze nk’ak’intambwe. Ca gisato kigiha ububasha bwaco, no kuja ku […]

TWIGE IVYAHISHUWE 12: 13-17

11 mai, 2010

Kandi ico gisato kibonye yuko gikororewe kw’isi, gihiga wa mugore yavyaye umuhungu. Umugore ahabwa amababa abiri y’inkukuma nini, kugirango agurukire mu bugaragwa ahantu hiwe, aho agaburirwa igihe n’ibihe, n’igice c’igihe, arindwa ico kiyoka. Ico kiyoka gisendanisha amazi nk’uruzi avuye mu kanwa kaco inyuma y’uwo mugore kugirango kimutwaze uruzi. Isi itabara uwo mugore, yasamika akanwa kayo […]

TWIGE IVYAHISHUWE 12: 7-12

6 mai, 2010

SATANI ATER’INTAMBARA MW’IJURU AKARUHIRA GUTSINDWA Mw’ijuru havyuk’intambara. Mikayeli n’abamarayika biwe barwanya ca gisato: igisato kirwanana n’abamarayika baco. Ntibatsinda kandi mw’ijuru, ahabo ntihaba hakiboneka. Ca gisato c’amahero kirakororwa, nico ya nzoka ya mbere, yitwa Murwanizi, irindi ni Satani, nico kizimiza abari mw’isi bose, gikororerwa kw’isi, abamarayika baco bakororanwa naco. Mw’ijuru numv’ijwi rirenga riti: Noneho agakiza karashitse, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 12: 1-6 (2)

30 avril, 2010

UMWAMIKAZI WO MW’IJURU SI IZINA RYIZA NA GATO Maz’abagabo bose bari bazi yukw’abagore babo bosereza imibavu izindi mana, bo n’abagore bose bahagararanye aho,ar’ishengero rinini, nibo bantu bose bagiye kuba mu gihugu ca Egiputa i Patirosi, bishura Yeremiya bati: Kubw’ijambo utubariye mw,izina ry’Uhoraho ntituzokwumvira. Ariko ntutuzobura gushitsa ijambo rivuye mu kanwa kacu, ngo twosereze imibavu umwamikazi […]

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 11-21

28 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 11-21(bifatanye n’Ivyahishuwe 6:1-11). Ugi gice cavuye muri Bibliya y’ikinyarwanda Mbona ijuru rikinguye kandi ngiye kubona mbona ifarashi y’umweru. Uhetswe na yo yitwa Uwo kwizerwa, kandi Uw’ukuri. Ni we uca imanza zitabera akarwana intambara zikwiriye. Amaso ye ni ibirimi by’umuriro no ku mutwe we afite ibisingo byinshi, kandi afite izina ryanditswe ritazwi n’umuntu wese […]

TWIGE IVYASHISHUWE 19: 7-10

28 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 7-10 Ku murongo w’indwi n’uw,umunani havugwamwo ubukwe, bw’Umwana w’Intama(umwagazi) ari we Yesu, ariko hari mo amajambo dukwiye kwitondera neza: Yesu yakoye ishengero ryiwe kubw’ amaraso yiwe yasheshe. Yitwa Umwana w’intama, kuko kuva kera, abana b’Israeli bamye batanga umwagazi w’intama utagira agasembga kubw’umpongano y’ivyaha. Yesu yaritanze, kuko amaraso y,imyagazi yose yatanzwe ntiyashobora gukiza […]

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 1-6

28 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 1-6 Nizera ko mufise mwese Bibiliya, nico gituma ntiriwe ndandika imirongo yose. Ariko ndasobanura umurongo ku murongo, namwe muze mukurikira muri za Bibiliya zanyu. Ikindi kandi, vyoba vyiza mugiye mwigira hamwe, mugakora umurwi wo kwiga ivyahishuwe. Bishobora gufasha bene wanyu na bashikibanyu badafise za computers (ordinateurs), nabo bagashobora kubimenya. Nanje nzokomeza kubasengera […]

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 1-6

28 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 1-6 Nizera ko mufise mwese Bibiliya, nico gituma ntiriwe ndandika imirongo yose. Ariko ndasobanura umurongo ku murongo, namwe muze mukurikira muri za Bibiliya zanyu. Ikindi kandi, vyoba vyiza mugiye mwigira hamwe, mugakora umurwi wo kwiga ivyahishuwe. Bishobora gufasha bene wanyu na bashikibanyu badafise za computers (ordinateurs), nabo bagashobora kubimenya. Nanje nzokomeza kubasengera […]

TWIGE IVYAHISHUWE 18: 4-6

28 avril, 2010

TUBANDANYE KWIGA IVYAHISHUWE 18: 4-6 Reka mbibutse ko nkoresha Bibiliya y’ikinyarwanda. Mugire umwete wo kuraba uko bivugwa neza mu kirundi. Iyindi mirongo nagerageje kuyivuga mu kirundi cumvikana kugira ngo biborohere. Numva irindi jwi rivugira mw’ijuru riti: Bwoko bwanje, ni muwusohokemwo, kugirangio mwe gufatanya n’ivyaha vyawo, mwe guhabwa ku vyaha vyawo. Kuko ivyaha vyawo vyarundanijwe bikagera […]

TWIGE IVYAHISHUWE 18: 1-3

28 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 18: 1-3. Ndabibutsa ko Bibiliya dukoresha iri mu kinyarwanda. 1 Hanyuma y’ibyo mbona marayika wundi amanuka ava mw’ijuru, afite ubutware bukomeye isi imurikirwa n’ ubwiza bwe. 2 Arangurura n’ijwi rirenga ati: Babuloni ikomeye! Ihinduts’icumbi ry’abadayimoni, aharindirwa imyukamibi yose n’ibisiga vyose bihumanye kandi vyangwa. 3 Kuko amahanga yose yanyoye inzoga ari zo ruba ry’ubusambanyi […]

1...34567...10
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire