Résultats

TWIGE IVYAHISHUWE 9: 13-21

11 août, 2010

INZAMBA YA GATANDATU Umumarayika wa gatandatu aravuza: Numva ijwi riva ku mahembe ane y’igicaniro c’izahabu kiri imbere y’Imana, ribarira umumwarayika wa gatandatu afise inzamba riti, rit Bohora abamrayika bane babohewe ku ruzi Eufrate. Abo bamarayika bane bari biteguriwe iyo saha n’uwo musi, n’uko kwezi, n’uwo mwaka, babohorerwa kwica ikigira gatatu c’abantu.  Igitigiri c’abagwanira ku mafarasi […]

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 12-21

4 août, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 12-21 Uwa gatandatu asuka urwavya rwiwe mu ruzi runini Eufrate. Amazi yarwo arakama, kugirango inzira y’abami bava i burasirazuba yitegurwe. Kandi mbona mu kanwa ka ca gikoko no mu kanwa ka wa muvugishwa w’ibinyoma, havamwo impwemu zitatu zihumanya, zisa n’ibikere, kuko izo ari impwemu z’abadayimoni, zikor’ibimenyetso, zija ku bami bo mw’isi yose […]

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 3-11

2 août, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 16 :3-11  Uwa kabiri asuka urwavya rwiwe mu kiyaga, gicika amaraso nk’ay’uwupfuye, ikintu cose kiri n’ubungingo kirapfa. Uwa gatatu asuka urwavya rwiwe mu nzuzi no mu masoko bicika amaraso. Numva umumarayika w’amazi avuga ati : Uragororotse, uriho kandi wamyeho, uwera, kandu uciye iryo teka. Bavishije amaraso y’abera n’ay’abavugishwa nawe, kand.amaraso nyene niyo ubahaye ngo banywe, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 1-2

30 juillet, 2010

 TWIGE IVYAHISHUWE 16: 1-2 Numva ijwi rirenga rivuga muri rwa rusengero ribarira ba bamarayika ndwi, riti Ni mugende, musuke kw’isi izo nzavya ndwi z’uburake bw’Imana.  Uwambere aragenda, asuka rwavya rwiwe kw’isi, abantu bafise ikimenyetso ca ca gikoko bagasenga n’igishushanyo caco, bafatwa n’ibisebe bikomeye bibi (Ivyahishuwe 16: 1-2). Twibukanye Iki cigisho kirahambaye kandi nico coroshe gutegera, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 15: 5-8

24 juillet, 2010

 KUKO GUCA IMANZA KUZOSUBIRA KU KUGOROROKA, KANDI ABAFISE IMITIMA ITUNGANYE NIKWO BAZOKURIKIRA (Zaburi 94: 15) Hanyuma y’ivyo mbona hugurukaurusengero rw’ihema ry’Ibishinga intahe) ryo mw’ijuru, ruvamwo ba bamarayika indwi, bafise vya vyago indwi, bambaye  impuzu zera zitanduye zikayangana, kandi bambaye imikanda y’izahabu mu gikiriza. Kimwe muri vya binyabugingo bine giha abo bamarayika indwi inzabya indwi z’izahabu, zuzuye […]

TWIGE IVYAHISHUWE 15: 1-4

21 juillet, 2010

MBESE UZOBASHA GUHAGARARA KU KIYAGA C’IBIRAHURE KIVANZE N’UMURIRO?  Mbona ikindi kimenyetso mw’ijuru gihambaye, gitangaza, abamarayika ndwi bafise ivyago ndwi, nivyo vy’iherezo. kuko muri vyo ari ho hari uburake bw’Imana buheraherezwa. Mbona igisa n’ikiyaga c’ibirahure kivanze n’umuriro; mbona abatabarutse banesheje ca gikoko n’ igishushanyo caco n’ igitigiri c’izina ryaco bahagaze kuri ico kiyaga c’ibirahure, bafise inanga z’Imana. […]

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 14-20

2 juillet, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 14-20 Kandi mbona igicu cera; no kuri ca gicu ukivyagiyeko, asa n’umwana w’umuntu, yambaye igitsibo c’izahabu (urugori rwa zahabu) mu mutwe, kandi afise umuhoro ukarishe mu kuboko. Umumarayika wundi ava mu rusengero asemerera n’ijwi rirenga, abwira uwuvyagiye kuri ico gicu ati: N’urungike umuhoro wawe, wimbure, kuko iymbura rishitse, kandi ivyimburwa vyo mw’isi vyumye. […]

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 6-13

15 juin, 2010

UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU  Kandi mbona umumarayika wundi aguruka yatiriye ijuru (mu kirere) afise ubutumwa bwiza butazoshira bwo kubarira ababa mw’isi n’amahanga yose n’imiryango yose n’indimi zose n’amoko yose. Avuga n’ijwi rirenga ati: Mwubahe Imana muyihimbaze kuko igihe c’amateka yayo( c’imanza zayo) gishitse, musenge Imana yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasoko (y’amazi). Umumarayika wundi wa kabiri akurikirako, ati […]

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 1-5

1 juin, 2010

 ABANTU IBIHUMBI 144000 NI BANDE? Kandi mbona Umwagazi w’Intama w’Imana ahagaze ku musozi Siyoni, ahagararanye n’abantu ibihumbi ijana na mirongwine na bine, bafise izina ryiwe n’izina rya Se yanditswe mu ruhanga rwabo. Numva ijwi rivuye mw’ijuru nk’iry’amazi menshi asuma, kandi nk’iry’inkuba ituragara cane: kandi iryo jwi numvise ryari rimeze nk’iry’abacuraranzi bacuraranga inanga zabo. Baririmba indirimbo […]

TWIGE IVYAHISHUWE 13:11-18

28 mai, 2010

IKIMENYETSO C’INYAMASWA Nakoresheje bibliya y’ikinyarwanda. Muri iki cigisho hashobora kuba harimwo ikinyarwanda cinshi, ariko natoranije amagambo yumvikana mu ndimi zombi. N’uko mbona indi nyamaswa izamuka iva mu butaka. Iyo yo yari ifite amahembe abiri nk’ay’umwana w’intama, ivuga nk’ikiyoka. Itegekesha ububasha bwose bwa ya nyamaswa ya mbere mu maso yayo, ihata isi n’abirimo ngo baramye (basenge) […]

123456...10
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire