Résultats

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (4)

26 janvier, 2011

  INYANDIKO Z’IMANA (Kuvayo 32: 16) Maze Mose aramanuka uwo musozi, afise vya bisate vyompi mu minwe biriko Ibishingantahe (Ibihamya), vyanditsweko impande zompi, imbere n’inyuma. Ivyo bisate vyari bikozwe n’Imana, kandi inyandiko zikoragoshowe kuri vyo zari inyandiko z’Imana. (Kuva 32: 15-16). Muri iki gihe isi yose yuzuyemwo imico y’ubuhumane ituruka mu Burengerazuba,  kenshi twemera ibintu […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (4)

25 janvier, 2011

INYANDIKO Z’IMANA (Kuvayo 32: 16) Maze Mose aramanuka uwo musozi, afise vya bisate vyompi mu minwe biriko Ibishingantahe (Ibihamya), vyanditsweko impande zompi, imbere n’inyuma. Ivyo bisate vyari bikozwe n’Imana, kandi inyandiko zikoragoshowe kuri vyo zari inyandiko z’Imana. (Kuva 32: 15-16). Muri iki gihe isi yose yuzuyemwo imico y’ubuhumane ituruka mu Burengerazuba,  kenshi twemera ibintu dukurikije […]

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 6-13

18 janvier, 2011

UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU  Kandi mbona umumarayika wundi aguruka yatiriye ijuru (mu kirere) afise ubutumwa bwiza butazoshira bwo kubarira ababa mw’isi n’amahanga yose n’imiryango yose n’indimi zose n’amoko yose. Avuga n’ijwi rirenga ati: Mwubahe Imana muyihimbaze kuko igihe c’amateka yayo( c’imanza zayo) gishitse, musenge Imana yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasoko (y’amazi). Umumarayika wundi wa kabiri akurikirako, ati […]

TWIGE IVYAHISHUWE 2: 12-17

15 janvier, 2011

URWANDIKO RWANDIKIWE ITORERO RY’I PERGAMO I (Uru rwandiko rwanditwe  mu kinyarwanda kivanze n’ikirundi. Imirongo yo muri Bibiliya yose yo muri iki cigisho iri mu kinyarwanda) Wandikire marayika w’Itorero ry’i Perugamo uti:  » Ufit’inkota ityaye ifite ubugi impande zombi aravuga aya magambo ati:  »Nz’ah’uba ko ariho intebe ya Satani iri, nyamara ugakomeza izina ryanjye ntiwihakane kunyizera […]

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 1-2

6 janvier, 2011

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 1-2 Numva ijwi rirenga rivuga muri rwa rusengero ribarira ba bamarayika ndwi, riti Ni mugende, musuke kw’isi izo nzavya ndwi z’uburake bw’Imana. Uwambere aragenda, asuka rwavya rwiwe kw’isi, abantu bafise ikimenyetso ca ca gikoko bagasenga n’igishushanyo caco, bafatwa n’ibisebe bikomeye bibi (Ivyahishuwe 16: 1-2). Twibukanye Iki cigisho kirahambaye kandi nico coroshe gutegera, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 7: 6-12

1 janvier, 2011

INZAMBA ZINE ZA MBERE ZIVUZWA Ba bamarayika ndwi bafise inzamba ndwi bagabiriza kuzivuza. Uwambere aravuza. Haza urubura n’umuriro bivanze n’amaraso, bishiburirwa mw’isi. Ikigira gatatu c’isi kirasha, ikigira gatatu c’isi kirasha, ivyatsi bibisi vyose birasha. Umumarayika wa kabiri aravuza. Ikimeze nk’igisozi kinini cak’umuriro gishiburirwa mu kiyaga; ikigira gatatu c’ikiyaga gihinduka amaraso; ikigira gatatu c’ivyaremwe vyo mu […]

UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU

14 décembre, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 6-13 UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU  Kandi mbona umumarayika wundi aguruka yatiriye ijuru (mu kirere) afise ubutumwa bwiza butazoshira bwo kubarira ababa mw’isi n’amahanga yose n’imiryango yose n’indimi zose n’amoko yose. Avuga n’ijwi rirenga ati: Mwubahe Imana muyihimbaze kuko igihe c’amateka yayo( c’imanza zayo) gishitse, musenge Imana yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasoko (y’amazi). Umumarayika wundi […]

TWIGE IVYAHISHUWE 11: 1-14

19 août, 2010

TWIBUKANYE IVYO GUHARURA /KUBARA IBIHE N’IGIHE, N’ICICE C’IGIHE Bampa irenga rimeze nk’inkoni, bati Va hasi ugere urusengero rw’Imana n’igicaniro n’abarusengeramwo. Intangaro n’igicaniro uyireke, ntuyigere, kuko yahawe abanyamahanga: kandi n’igisagara cera /umujyi wera bazogisiribanga amezi mirongw’ine n’abiri. Kandi abashingir’intahe/ abahamya banjye, bazovugishwa imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongw’itandatu bambaye amagunira (Ivyahishuwe 11: 1-3) Iki cigisho kiratugarura […]

TWIGE IVYAHISHUWE 11: 15-19

19 août, 2010

Umumarayika w’indwi avuza inzamba: mw’ijuru hakurikira amajwi arenga ati: Ubwami bw’isi buhindutse ubw’Umwami wacu n’ubwa Kristu wiwe, kand’azohora ahangamye ibihe bitazoshira. Ba bakuru mirongw’ibiri na bane bicara ku ntebe zabo imbere y’Imana, bikubita hasi bubamye, basenga Imana, bati: turagushimye Mwami Mana ushobora vyose, uriho kandi wamyeho, kuko wabiriye ububasha bwawe buhambaye. Kand’amahanga araraka, uburake bwawe […]

TWIGE IVYAHISHUWE 10: 1-11

11 août, 2010

 UMUMARAYIKA W’INKOMEZI AFISE AGATABO Mbona umumarayika wundi w’inkomezi, amanuka ava mw’ijuru, yambaye igicu no mu mutwe yari yambaye umunywamazi, mu maso hiwe hasa n’izuba, amaguru yiwe asa n’inkingi z’umuriro. Yar’afise mu minwe agatabo kazinguruye, ashinga ikirenge c’i buryo ku kiyaga, ic’i bumoso agishinga i musozi. Asemerera n’ijwi rirenga nk’ukw’intambwe yivuga: asemereye, imituragaro indwi ituragara amajwi yayo. […]

12345...10
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire