Résultats

UMUGISHA WA GATATU UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

28 mars, 2016

  UMUGISHA WA GATATU UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Hahirwa uba maso akarinda imyenda ye, kugira ngo atagenda yambaye ubusa bakareba isoni z’ubwambure bwe./Hahirwa uba maso, akazigama impuzu ziwe, ngo ntagende amenya, bakabon’isoni z’ubwambure bwiwe (Ivyahishuwe 16: 15)   Mur’uru rukurikirane rw’ivyigisho vyerekeranye n’imigisha indwi iboneka mu gitabo c’Ibyahishuwe, duherutse kwiga umugisha wa kabiri udushishikariza gupfira […]

IMIGISHA INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

17 septembre, 2010

IMIGISHA INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Mu misi ishize nari nababwiye ko nsozereye ivyigisho vyo gusobanura igitabo c’Ivyahishuwe. Yamara har’ibintu vyambayeko muri iyi misi, ku buryo nahavuye ngira n’ubwoba, nibaza vyinshi. Iyi mirongo ibiri yo muri Bibiliya, umwe uri mu Vyahishuwe 3: 2, uwundi uri muri Yobu 4: 12, yagarutse kenshi mu bitekerezo vyanje. Naba […]

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 12-21

4 août, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 12-21 Uwa gatandatu asuka urwavya rwiwe mu ruzi runini Eufrate. Amazi yarwo arakama, kugirango inzira y’abami bava i burasirazuba yitegurwe. Kandi mbona mu kanwa ka ca gikoko no mu kanwa ka wa muvugishwa w’ibinyoma, havamwo impwemu zitatu zihumanya, zisa n’ibikere, kuko izo ari impwemu z’abadayimoni, zikor’ibimenyetso, zija ku bami bo mw’isi yose […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire