Résultats

UMUVUMO WA GATATU UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

Genda i Bujumbura mu materaniro y’Ishirahamwe ry’Abasoma Bibliya/Association des Lecteurs de la Bible. Hamagara kuri 79321090 IGIHE CO GUCIRAMWO AMATEKA ABAPFUYE Biragoye kugirango ubone ko iki cigisho gifitaniye isano n’imivumo indwi, canke canke ibara rya gatatu. Kuko kivuga ishimwe rya Kristu ahanini. Kugirango ubitahure, gisome ushitse ku mpera yaco, canecane urabe ariya majambo aheruka yerekeye […]

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 1-2

30 juillet, 2010

 TWIGE IVYAHISHUWE 16: 1-2 Numva ijwi rirenga rivuga muri rwa rusengero ribarira ba bamarayika ndwi, riti Ni mugende, musuke kw’isi izo nzavya ndwi z’uburake bw’Imana.  Uwambere aragenda, asuka rwavya rwiwe kw’isi, abantu bafise ikimenyetso ca ca gikoko bagasenga n’igishushanyo caco, bafatwa n’ibisebe bikomeye bibi (Ivyahishuwe 16: 1-2). Twibukanye Iki cigisho kirahambaye kandi nico coroshe gutegera, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 6-13

15 juin, 2010

UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU  Kandi mbona umumarayika wundi aguruka yatiriye ijuru (mu kirere) afise ubutumwa bwiza butazoshira bwo kubarira ababa mw’isi n’amahanga yose n’imiryango yose n’indimi zose n’amoko yose. Avuga n’ijwi rirenga ati: Mwubahe Imana muyihimbaze kuko igihe c’amateka yayo( c’imanza zayo) gishitse, musenge Imana yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasoko (y’amazi). Umumarayika wundi wa kabiri akurikirako, ati […]

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 1-5

1 juin, 2010

 ABANTU IBIHUMBI 144000 NI BANDE? Kandi mbona Umwagazi w’Intama w’Imana ahagaze ku musozi Siyoni, ahagararanye n’abantu ibihumbi ijana na mirongwine na bine, bafise izina ryiwe n’izina rya Se yanditswe mu ruhanga rwabo. Numva ijwi rivuye mw’ijuru nk’iry’amazi menshi asuma, kandi nk’iry’inkuba ituragara cane: kandi iryo jwi numvise ryari rimeze nk’iry’abacuraranzi bacuraranga inanga zabo. Baririmba indirimbo […]

TWIGE IVYAHISHUWE 13:1-10

23 mai, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 13: 1-10 Gihagarara ku musenyi wo ku kiyaga. Mbon’igikoko ciburuka kiva mu kiyaga, gifise amahembe cumi n’imitwe ndwi: ku mahembe yaco hariho imigara cumi, no ku mitwe yaco hariho amazina y’amarogotano. Ico gikoko nabonye casa n’ingwe, amajanja yaco yar’ameze nk’ay’idubu, akanwa kaco kari kameze nk’ak’intambwe. Ca gisato kigiha ububasha bwaco, no kuja ku […]

TWIGE IVYAHISHUWE 18: 4-6

28 avril, 2010

TUBANDANYE KWIGA IVYAHISHUWE 18: 4-6 Reka mbibutse ko nkoresha Bibiliya y’ikinyarwanda. Mugire umwete wo kuraba uko bivugwa neza mu kirundi. Iyindi mirongo nagerageje kuyivuga mu kirundi cumvikana kugira ngo biborohere. Numva irindi jwi rivugira mw’ijuru riti: Bwoko bwanje, ni muwusohokemwo, kugirangio mwe gufatanya n’ivyaha vyawo, mwe guhabwa ku vyaha vyawo. Kuko ivyaha vyawo vyarundanijwe bikagera […]

TWIGE IVYAHISHUWE 17: 5

28 avril, 2010

TUBANDANYE KWIGA IVYEREKEYE UWO MUGORE W’INDAYA WO MU VYAHISHUWE IGICE CA 17: IZINA RY’UWO MUGORE W’INDAYA RITEY’AMAKENGA. Iki cigisho naco kiri mu kirundi, kuko cari kigenewe impunzi z’abarundi zari muri Tanzania. Canditswe muri 2008 Ubwo tubandanije ca cigwa c’ejo bundi. 8. Izina yiwe ngo n’iry’akabanga: Bibiliya irimwo amabanga y’ubwoko bubiri: Ibanga rya mbere n’iry’Imana, rituma umuntu […]

TWIGE IVYAHISHUWE 12:1-6 (1)

26 avril, 2010

UMUGORE AHANGAYE N’IGISATO Ikimenyetso gihambaye kiboneka mw’ijuru: umugore yambaye izuba, ukwezi kwari musi y’ibirenge vyiwe, mu mutwe yambaye urugori rw’ / ikamba ry’inyenyeri cumi na zibiri; kandi yar’akuriwe, atura akaborago, kukw’aramutswe, ababazwa n’ibise. Mw’ijuru haboneka ikindi kimenyetso, igisato c’amahero (ca kabutindi) gisa n’ikibengebenge, gifise imitwe indwi n’amahembe cumi, no mu mitwe yaco cambaye imigara ndwi. […]

TWIGE IVYAHISHUWE 21: 9-10

4 avril, 2010

TWIGE IGITABO C’IVYAHISHUWE 21: 9-10 Mwari mumaze imisi mubona ivyigisho biza bitevye, ariko hari n’abahora babibona mu congereza canke mu gifransa. Vyose vyategwa n’umwanya muke nari mfise. Ubu nahisemwo kureka vyose ngo nsubire gukomeza iki gikorwa c’Imana, kuko numvise abenshi batishimiye ukuntu bisigaye bigenda. Si mwebwe gusa, ah’ubwo ingorane zari zabaye mu migwi yose nigisha, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 2: 18-29

4 mai, 2009

URWANDIKO RWANDIKIWE ITORERO RY’I TUWATIRA (THYATIRE) Uru rwandiko narwanditse mu kinyarwanda ariko ubusobanuro buri mu kirundi Wandikire marayika w’itorero ry’i Tuwatira uti: Umwana w’Imana, ufite amaso asa n’ibirimi vy’umuriro, n’ibirenge bye bigasa n’umuringa w’umuteke aravuga aya magambo ati: Nzi imirimo yawe n’urukundo rwawe no kwizera kwawe, no kugabura kwawe no kwihangana kwawe, n’uburyo imirimo yawe […]

123
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire