Résultats

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 7: 9-24

8 janvier, 2016

Daniyeli abona Umukuru nyir’ibihe byose   9.“Nkomeza kwitegereza kugeza aho bashyiriyeho intebe z’ubwami, haza Umukuru nyir’ibihe byose aricara. Imyambaro ye yeraga nka shelegi, kandi umusatsi we wasaga n’ubwoya bw’intama bwera. Intebe y’ubwami bwe yasaga n’ibirimi by’umuriro, kandi inziga zayo zasaga n’umuriro ugurumana. 10.Imbere ye hatembaga umuriro, uduhumbagiza baramukoreraga kandi inzovu incuro inzovu bari bamuhagaze imbere. […]

IGITERAMO CO KURI IYI SABATO YO KU WA 28 RUSAMA/GICURASI 2011

27 mai, 2011

INDIRIMBO ITANGURA 1.  Naguzw’ amaraso y’ intama, Nshunguzw’ imbabazi zayo                                                                                                              Ubu nd’ umwana wayo rwose, Nta ho ntazabyamamaza. Nkiza, nkiza, n’amaraso yawe Yesu.                                                                                                                                                 Mboneza, mboneza!Nd’ umwana wawe rwos’ ubu. 2.  Mpimbaze Yesu wankijije, Nta wuz’ uko nnezerewe.        Ni we mucyo mwiz’ unyobora, Ahorana nanjy’ iteka.   3.  Ntabgo mpug’ Umukiza wanjye, Njya mmutekerez’ iteka. […]

IGITERAMO CO GUSENGA CO KURI IYI SABATO YO KU WA 9 NDAMUKIZA/MATA 2011

8 avril, 2011

Kubera abanywanyi bacu bavuze ko badatahura amajambo amwamwe y’ikirundi, indirimbo n’amasengesho bitangira nabishize mu kinyarwanda, ariko ibikurikira vyose, nagiye mvanga ikirundi n’ikinyarwanda. Ni mwandike ico mutekereza kuri ibi biteramo vyo kw’isabato. INDIRIMBO ITANGURA  1. Nkukw’izuba rituvira, rikarabagirana Nik’umuco wo mw’ijuru, Wansavye mu mutima Wawukuyemo iby’amanjwe, Utangaz’ibihishwe Kuko mu mutima wanje nahatuj’Umukiza Icitabirizo: Mbeg’umuco w’agatangaza,wansabye mu mutima […]

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 6-13

18 janvier, 2011

UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU  Kandi mbona umumarayika wundi aguruka yatiriye ijuru (mu kirere) afise ubutumwa bwiza butazoshira bwo kubarira ababa mw’isi n’amahanga yose n’imiryango yose n’indimi zose n’amoko yose. Avuga n’ijwi rirenga ati: Mwubahe Imana muyihimbaze kuko igihe c’amateka yayo( c’imanza zayo) gishitse, musenge Imana yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasoko (y’amazi). Umumarayika wundi wa kabiri akurikirako, ati […]

IVYO TWIZERA

14 janvier, 2011

Aya majambo ugiye gusoma niyo arimwo ibintu bikuru bikuru twigisha abantu bashaka kwigana na twebwe Bibiliya. Mu gihe umaze kwinjira mw’Ishengero ry’abasigaye ushobora kwumva inyigisho nziza z’uburyo bwinshi, ariko ibi nivyo remezo. Ku bwacu ishengero ryose ryigisha ivyo Imana ibwiriza rikigisha n’isabato y’Imana riba ar’iry’abasigaye. Kuko abarangwa n’ikimenyetso kimwe si vyiza ngo bicemwo ibice. Uwutabagwanya […]

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 1-2

6 janvier, 2011

TWIGE IVYAHISHUWE 16: 1-2 Numva ijwi rirenga rivuga muri rwa rusengero ribarira ba bamarayika ndwi, riti Ni mugende, musuke kw’isi izo nzavya ndwi z’uburake bw’Imana. Uwambere aragenda, asuka rwavya rwiwe kw’isi, abantu bafise ikimenyetso ca ca gikoko bagasenga n’igishushanyo caco, bafatwa n’ibisebe bikomeye bibi (Ivyahishuwe 16: 1-2). Twibukanye Iki cigisho kirahambaye kandi nico coroshe gutegera, […]

BIBILIYA YAWE YOBA YIGISHA IVYO GUHIMBAZA NOHELI?

21 décembre, 2010

BIBLIYA YAWE YOBA YIGISHA IVYO GUHIMBAZA NOHELI? (1) Muri iyo ntara har’abungere barara mu gahinga baraririye umukuku w’ (ubusho bw’) intungwa zabo. Umumarayika w’umwami Imana ahagarara i ruhande yabo, ubwiza bw’umwami bubakayanganira irya n’ino, baterwa n’ubwoba bwinshi. Umumarayika arababwira ati, ntaco mutinya umve ndababarira ubutumwa bwiza bw’akanyamuneza kenshi kazoba ku bwoko bwanyu bwose. Uyu musi Umukiza […]

UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU

14 décembre, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 6-13 UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU  Kandi mbona umumarayika wundi aguruka yatiriye ijuru (mu kirere) afise ubutumwa bwiza butazoshira bwo kubarira ababa mw’isi n’amahanga yose n’imiryango yose n’indimi zose n’amoko yose. Avuga n’ijwi rirenga ati: Mwubahe Imana muyihimbaze kuko igihe c’amateka yayo( c’imanza zayo) gishitse, musenge Imana yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasoko (y’amazi). Umumarayika wundi […]

ISAH’IMWE YO MU VYAHISHUWE 18: 16

25 novembre, 2010

Paroisse twihane iraguha ijambo ry’Imana imisi yose. Raba hariya hepfo handitswe ngo: Ijambo ry’Imana mur’iki gitondo IBARA RIZOBA AHO RIDAKEKWA MW’ISAHA YA NYUMA Kand’abami bo kw’isi, abasambana nawe, bagasangira nawe ibihinda vyiwe bazomuririra bamuvugirize amaruru, aho bazobonera umwotsi wo kuyigizwa kwiwe, bahagaritswe kure no gutinya umwotsi wo gushinyagurigwa kwiwe, bati n’ibara, n’ibara, ewe wa gisagara […]

IMIVUMO INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

 Genda i Bujumbura,  mu materaniro y’Ishirahamwe ry’Abasoma Bibliya/Association des Lecteurs de la Bible, hamagara kuri 79321090 IMIVUMO INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Tumaze imisi twiga imigisha indwi iboneka ku gitabo c’Ivyahishuwe. Uyu musi tugiye gutangura icigisho kidasanzwe kitavuga imigisha, ariko kivuga imivumo. Nk’uko ya migisha twamaze kwiga ari indwi, niko n’imivum0 nayo ar’indwi. Kuko uwutazoronka […]

123
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire