Résultats

IVYOKURYA VYO MUGITONDO (18)

1 novembre, 2016

UMUGISHA WA GATANU UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Uwuri mu mugabane wo kuzuka kwa mbere arahiriwe kandi n’uwera. Urupfu rwa kabiri ntirugir’ububasha ku bameze bartyo, ariko bazoba abaherezi b’Imana na Kristo, kandi bazofatanya nawe kuganza imyaka igihumbi (Ivyahishuwe 20: 6). Ni yaba uwuri mu mugabane wo kuzuka kwa mbere ahiriwe kandi akaba uwera, birumvikana ko  »hahumiwe uwutari […]

IVYOKURYA VYO MUGITONDO (9)

18 octobre, 2016

ICAHA CA PILATO,  ICAHA C’ABATEGETSI! Ariko barihambira bavuga n’amajwi arenga bamusaba ko (Yesu) abambwa, amajwi yabo aramunesha. Nuko Pilato ac’urubanza nkuko bamusavye. Arekura uwashizwe mw’ibohero bamuhoye ubugarariji n’ubwicanyi; uwo basavye, maze atanga Yesu ngo agirwe uko bashaka (Luka 23: 23-25) Pilato yar’azi neza ko Yesu azize akarenganyo. « Kuko yamenye ko ishari ariryo ritumye bamutanga. Acicaye […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (5)

11 octobre, 2016

MURUHANDE RW’UMWANSI HAREREYE INKOMEZI Z’AB’UMUBIRI… Muruhande rwiwe haherereye inkomezi z’ab’umubiri, ariko mu ruhande rwacu haherereye Uhoraho Imana yacu, kugirangw’adutabare (2Ngoma 32: 8). Ntukaryame udahaye ubugingo bwawe Imana ngo usengere abo muraye mu nzu imwe, ababanyi n’incuti n’abagenzi. Ntugasohoke inzu yawe mu gitondo utabanje gufukamira Imana yatumye uramuka n’abo mu nzu yawe bose, kandi hariho izindi […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire