Résultats

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (162).

28 mai, 2017

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (162) Ubutumwa bwiza bwanditswe na Luka (101) BALTHASAR MIBURO·DIMANCHE 28 MAI 2017 Ehe mpagaze ku rugi, ndaramukije (Ivyahishuwe 3: 20) WEWE KO UVUGA NGO URAZI YESU, UBWO YESU ARAKUZI? Ari mu nzira, ahita mu bisagara no mu mihana, yigisha, ari ku rugendo aja i Yerusalemu. Umuntu aramubaza ati: « Mugenzi, mbega abakizwa […]

MURIRINDA IMBWA…

27 mai, 2017

MWIRINDE ZA MBWA… BALTHASAR MIBURO·JEUDI 25 MAI 2017 MWIRINDE ZA MBWA, MWIRINDE ZA NKOZI Z’IBIBI, MWIRINDE BAMWE BIKEBAGURA (Abafilipi 3: 2) Hariho imirongo dusoma muri Bibliya, ukamenga ntiyahumetswe n’Imana, kuko imeze nk’ibitutsi, canke ukamenga Mpwemu Yera yari yashavuye igihe yavugisha abakozi biwe. Uwu murongo uravyerekana ngo “Mwirinde za mbwa”… Umuvugabutumwa yotinyuka akavuga uwu musi ngo […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (59)

4 mai, 2017

IVYORYA VYO MU GITONDO (59) BALTHASAR MIBURO·SAMEDI 24 DÉCEMBRE 2016 NI WABA UR’UMWANA W’IMANA (5) Umuco w’ukuri wakira umuntu wese wariko uraza mur’iyi si. Yari mw’isi kandi isi yaremwe nawe, arikw’isi ntiyamumenya; yaje mu vyiwe ariko abiwe ntibamwakiriye. Ariko abamwakiriye bose yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana, nibo bizeye izina ryiwe, nibo batavyawe n’amaraso, canke […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (55)

3 mai, 2017

  IVYOKURYA VYO MU GITONDO (55) BALTHASAR MIBURO·MARDI 20 DÉCEMBRE 2016 NI WABA UR’UMWANA W’IMANA (2) ICIGISHO CA KABIRI DUKURA MU BIGERAGEZO SATANI YAGERAGERESHEJE YESU MU BUGARAGWA (Luka 4: 5) (Umurwanizi) aramudugana amwereka ubwami bwose bwo mw’ isi mu kanya gato, aramubwira ati “Ndaguha ubu bubasha bwose n’ubwiza bwabwo, kuko jewe nabuhawe kandi mbuhaa uwo […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (53)

3 mai, 2017

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (53) BALTHASAR MIBURO·DIMANCHE 18 DÉCEMBRE 2016 NI BANDE BAFISE UBUBASHA BWO KUBATIZA? Ariko bizeye ubutumwa bwiza Filipo ababwiye bw’ubwami bw’Imana, n’ubw’izina rya Yesu-Kristu barabatizwa abagabo n’abagore. Maze intumwa ziri i Yerusaremu zumvise yukw’Abasamariya bemeye ijambo ry’Imana, zirungikayo Petero na Yohani, nabo bamanutseyo barabasengera ngo bahabwe Mpwemu Yera; kuko Mpwemu Yera ataribwamanuke […]

ABAVUGABUTUMWA BAKENEWE MUR’IKI GIHE KIBI N’ABAMEZE BATE?

14 novembre, 2016

MIKAYA, UMUGABO W’IJUNJA N’IJAMBO…   Kandi umwami w’Abisirayeli na Yehoshafati umwami w’Abayuda bari bicaye ku ntebe z’ubwami, bambaye imyambaro yabo y’ubwami, bari ku nama kw’ishikiro ku kirimba i Samariya,ba kamenyi bose bavugishirizwa imbere yabo. Sedekiya mwene Kenāyana yicurishiriza amahembe y’ivyuma aravuga ati “Uku ni ko Uhoraho yavuze ngw ‘Aya mahembe niyo uzokwirukanishsa  Abasiriya gushitsa baherengeteye.’ ”N’abandi […]

IVYOKURYA VYO MUGITONDO (18)

1 novembre, 2016

UMUGISHA WA GATANU UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Uwuri mu mugabane wo kuzuka kwa mbere arahiriwe kandi n’uwera. Urupfu rwa kabiri ntirugir’ububasha ku bameze bartyo, ariko bazoba abaherezi b’Imana na Kristo, kandi bazofatanya nawe kuganza imyaka igihumbi (Ivyahishuwe 20: 6). Ni yaba uwuri mu mugabane wo kuzuka kwa mbere ahiriwe kandi akaba uwera, birumvikana ko  »hahumiwe uwutari […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (13)

24 octobre, 2016

ARIKO WA WUNDI NTABA AZI KW’IMIZIMU ARIHO IRI… (Imigani 9: 18) Uwu musi ndashaka ngo tuvugane ku buhanuzi bwa Bibliya budasanzwe, bwerekeye iminara y’insengero n’inkengeri zayo. Umwami Salomo yavugishijwe ivy’umugore  ngo yicaye ku muyango w’inzu canke ku gatwe kayo hejuru mu gisagara, agahamagara abahita. Handitswe ngo:  » Gipfu n’umugore w’indegeteranyi, n’imburabwenge, kandi ntac’azi. Yicara ku […]

MORIDEKAYI NA HAMANI, INTAMBARA HAGATI Y’UBWOKO BW’IMANA N’UBWOKO BWA SATANI

24 octobre, 2016

Maze hanyumay’ivyo umwami Ahasuwerusi akuza Hamani mwene Hamedata, Umwagagi, amushira hejuru, intebe yiwe ayirrutisha iz’abaganwa bose basabanye. Maz’abagendanyi b’umwami bose bari ku kirimba i bwami, bunamira Hamani, bakamwikubit’imbere, kuko umwami yari yamushinze ngo bamuhe ico cubahiro. Ariko Moridekayi ntiyamwunamira, ntiyamwikubit’imbere Maz’abagendanyi b’umwami bari ku kirimba ibwami babaza Moridekayi bati “Ni iki gituma uca mu cagezwe […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (12)

21 octobre, 2016

(Nta cigisho dufise c’Igihe co gusengeranira, ni mukoreshe iki) TUVUGE IVYA MPWEMU YERA Tumaze imisi tuvuga ivy’agakiza kava muri Yesu-Kristu, kandi nizeye ntashidikanya ko hariho benshi ibi vyigisho vyasigiye umugisha no kunguka ubumenyi mu vy’Ijambo ry’Imana. Uwu musi reka tuvuge kuri Mpwemu Yera, uwo Yesu yadusezeraniye. Handitswengo: « None ko mwebwe muzi guha abana Banyu ingabire nziza […]

12345...15
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire