Résultats

IZINA RY’INGWARA YITWA MALARIA RYAKOMOTSE HE?

26 janvier, 2016

Abantu benshi ku mugabane w’Afrika bagwara iyo ngwara ya malariya, kandi abativuje hakiri kare irabahitana cane cane abana, n’abagore bibungenze (batwite).   Uwu musi ndashaka turabire hamwe inkomoko y’izina ry’iyi ngwara twita malaria. Ubundi iyi ngwara niyo yahitanye umwami mukuru w’Abagreki yitwa Alexandre le Grand, mu gihe yari mu ntambara ashaka kwigarurira ibihugu vyo mu […]

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 7: 5-7

4 janvier, 2016

“Ndongera mbona indi nyamaswa ya kabiri isa n’idubu yegutse uruhande rumwe, kandi yari itambitse imbavu eshatu mu mikaka yayo. Barayibwira bati ‘Byuka uconshomere inyama nyinshyi.’ “Hanyuma y’ibyo mbona indi nyamaswa isa n’ingwe, ku mugongo wayo yari ifite amababa ane asa n’ay’igisiga, kandi yari ifite imitwe ine, ihabwa ubutware. “Hanyuma y’ibyo nitegereje mu byo neretswe nijoro, mbona […]

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 2: 29-49

22 décembre, 2015

  UBUSOBANURO BW’INZOZI Z’UMWAMI NEBUKADINEZA   30.Kandi jyewe ubwanjye, ibyo bihishwe sinabihishuriwe n’uko ndi umunyabwenge kuruta umuntu wese uriho; ahubwo ni ukugira ngo umwami amenyeshwe iby’inzozi ze, amenye n’ibyo umutima we wibwiraga. 31.“Nuko nyagasani, wabonye igishushanyo kinini kandi icyo gishushanyo cyari kinini cyane, kirabagirana cyane. Cyari kiguhagaze imbere, kandi ishusho yacyo ikaba yari iteye ubwoba. […]

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 2: 1-16

21 décembre, 2015

TWIGE IGITABO CYA DANIYELI 2: 1-16 Umwami arota inzozi, abapfumu bananirwa kuzisobanura 1. Mu mwaka wa kabiri Umwami Nebukadinezari akiri ku ngoma yarose inzozi, nuko ahagarika umutima ntiyarushya agoheka. 2.Umwami aherako ategeka ko bahamagara abakonikoni n’abapfumu, n’abashitsi n’Abakaludaya ngo baze kubwira umwami ibyo yarose. Nuko baza bitabye umwami. 3.Umwami arababwira ati “Narose inzozi, umutima wanjye […]

IGITERAMO CO GUSENGA KURI IYI SABATO YO KU W 05/03/2011

11 mars, 2011

INDIRIMBO ITANGURA  Har’igihugu ciza cane 1. Har’igihugu ciza cane, twazeraniwe n’Imana Tukirorereye twizera ko Data yakitweretse Icitabirizo: Aheza mw’ijuru, tuzohurirayo bagenzi (2x) ISENGESHO: Data mwiza udukunda, umpe kugubwa neza imbere yawe mur’aka kanya ngiye kugusenga no kwiga ijambo ryawe, mw’izina ryera rya Yesu. Amen. TWICISHE BUGUFI IMBERE Y’UMUREMYI: Ni muze tumusenge twunamye dupfukamre Uhoraho Umuremyi wacu […]

IGITERAMO CO GUSENGA KURI IYI SABATO YO KU WA 05/03/2011

25 février, 2011

IKI GITERAMO NTITURAMARA KUCANDIKA. INDIRIMBO ITANGURA  Har’igihugu ciza cane 1. Har’igihugu ciza cane, twazeraniwe n’Imana Tukirorereye twizera ko Data yakitweretse Icitabirizo: Aheza mw’uru, tuzohuriryo bagenzi (2x) ISENGESHO: Data mwiza udukunda, umpe kugubwa neza imbere yawe mur’aka kanya ngiye kugusenga no kwiga ijambo ryawe, mw’izina ryera rya Yesu. Amen. TWICISHE BUGUFI IMBERE Y’UMUREMYI: Ni muze tumusenge twunamye […]

ISAH’IMWE YO MU VYAHISHUWE 17: 12

24 novembre, 2010

 ABAMI CUMI BAGANZA MW’ISAH’IMWE Kand’amahembe cumi wabonye ni yo ba bami cumi batarima, ariko bahabga kaganziriza hamwe na ca gikoko kumara isah’imwe (Ivyahishuwe 17: 12). Igikoko c’mahembe cumi kiravugwa no mu Vyahishuwe 13: 1. Usomye witonze uwu murongo urabona neza ko igitekerezo c’abami cumi cari kiriho imbere y’uko Yohani yerekwa ivyo. Kuko uwu murongo ntuvuze […]

UMUVUMO WA KANE UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

Genda i Bujumbura mu materaniro y’Ishirahamwe ry’Abasoma Bibliya/Association des Lecteurs de la Bible. Hamagara kuri 79321090 Kugirango ubone ko iki cigisho gifitaniye isano n’umuvumo wa kane, gisome neza cane cane urabe ariya majambo yirabura cane hariya hepfo, atangurwa n’ijambo ngo : Isi n’ikiyaga bizobon’ishano!… SATANI ATER’INTAMBARA MW’IJURU AKARUHIRA GUTSINDWA Mw’ijuru havyuk’intambara. Mikayeli n’abamarayika biwe barwanya […]

TWIGE IVYAHISHUWE 15: 5-8

24 juillet, 2010

 KUKO GUCA IMANZA KUZOSUBIRA KU KUGOROROKA, KANDI ABAFISE IMITIMA ITUNGANYE NIKWO BAZOKURIKIRA (Zaburi 94: 15) Hanyuma y’ivyo mbona hugurukaurusengero rw’ihema ry’Ibishinga intahe) ryo mw’ijuru, ruvamwo ba bamarayika indwi, bafise vya vyago indwi, bambaye  impuzu zera zitanduye zikayangana, kandi bambaye imikanda y’izahabu mu gikiriza. Kimwe muri vya binyabugingo bine giha abo bamarayika indwi inzabya indwi z’izahabu, zuzuye […]

TWIGE IVYAHISHUWE 15: 1-4

21 juillet, 2010

MBESE UZOBASHA GUHAGARARA KU KIYAGA C’IBIRAHURE KIVANZE N’UMURIRO?  Mbona ikindi kimenyetso mw’ijuru gihambaye, gitangaza, abamarayika ndwi bafise ivyago ndwi, nivyo vy’iherezo. kuko muri vyo ari ho hari uburake bw’Imana buheraherezwa. Mbona igisa n’ikiyaga c’ibirahure kivanze n’umuriro; mbona abatabarutse banesheje ca gikoko n’ igishushanyo caco n’ igitigiri c’izina ryaco bahagaze kuri ico kiyaga c’ibirahure, bafise inanga z’Imana. […]

12
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire