Résultats

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (53)

3 mai, 2017

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (53) BALTHASAR MIBURO·DIMANCHE 18 DÉCEMBRE 2016 NI BANDE BAFISE UBUBASHA BWO KUBATIZA? Ariko bizeye ubutumwa bwiza Filipo ababwiye bw’ubwami bw’Imana, n’ubw’izina rya Yesu-Kristu barabatizwa abagabo n’abagore. Maze intumwa ziri i Yerusaremu zumvise yukw’Abasamariya bemeye ijambo ry’Imana, zirungikayo Petero na Yohani, nabo bamanutseyo barabasengera ngo bahabwe Mpwemu Yera; kuko Mpwemu Yera ataribwamanuke […]

ABAVUGABUTUMWA BAKENEWE MUR’IKI GIHE KIBI N’ABAMEZE BATE?

14 novembre, 2016

MIKAYA, UMUGABO W’IJUNJA N’IJAMBO…   Kandi umwami w’Abisirayeli na Yehoshafati umwami w’Abayuda bari bicaye ku ntebe z’ubwami, bambaye imyambaro yabo y’ubwami, bari ku nama kw’ishikiro ku kirimba i Samariya,ba kamenyi bose bavugishirizwa imbere yabo. Sedekiya mwene Kenāyana yicurishiriza amahembe y’ivyuma aravuga ati “Uku ni ko Uhoraho yavuze ngw ‘Aya mahembe niyo uzokwirukanishsa  Abasiriya gushitsa baherengeteye.’ ”N’abandi […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (12)

21 octobre, 2016

(Nta cigisho dufise c’Igihe co gusengeranira, ni mukoreshe iki) TUVUGE IVYA MPWEMU YERA Tumaze imisi tuvuga ivy’agakiza kava muri Yesu-Kristu, kandi nizeye ntashidikanya ko hariho benshi ibi vyigisho vyasigiye umugisha no kunguka ubumenyi mu vy’Ijambo ry’Imana. Uwu musi reka tuvuge kuri Mpwemu Yera, uwo Yesu yadusezeraniye. Handitswengo: « None ko mwebwe muzi guha abana Banyu ingabire nziza […]

TWIGE UMUGANI W’ABAKOZI BATUMWE GUKORA MU RUZABIBU KU MASAHA ATANDUKANYE

14 octobre, 2016

UMUGANI W’ABAKOZI BO MU RUZABIBU (Imirongo yavuye muri Bibliya Yera mu Kinyarwanda, ariko ubusobanuro buri mu kirundi. Abarundi mufate Bibliya zanyu kugirango musobanukirwe neza) 1.“Ubwami bwo mu ijuru bwagereranywa n’umuntu ufite urugo, yazindutse kare gushaka abahinzi ngo bahingire uruzabibu rwe. 2.Asezerana n’abahinzi idenariyo ku munsi umwe, abohereza mu ruzabibu rwe. 3.Isaha eshatu arasohoka, asanga abandi […]

IMBABAZI Z’IMANA NTIZIHORAHO KU BANTU BOSE…

12 octobre, 2016

IMBABAZI Z’IMANA NTIZIHORAHO KU BANTU BOSE Nsenga Uhorah’Imana yanje ndatura nti: « Bwirukiro Mana nkuru y’igitinyiro, wewe wama ushitsa isezerano, ukagirir’ikigongwe abagukunda, bakitonder’ivyagezwe vyawe, twaracumuye, twaragabitanije, twakoze nabi twaragararije, twaratambamye tuva mu mateka washinze no kuvyo wageze (Daniyeli 9: 4-5 Iri sengesho rya Daniyeli, ndazi ko abakristu benshi ritabanezera. Ntibokwubahuka no kurisubiramwo kuko rigaruka ku mategeko […]

TWIGE UBUHANUZI BWA YESAYA 42: 21-22

26 septembre, 2016

TWIGE UBUHANUZI BWA YESAYA 42: 21-22  » Bose baratezwe bagwa mu vyobo, kandi babanyegeje mu mabohero » (Yesaya 42: 22). Mbese uri mw’ishengero? canke uri mu cobo? canke uri mw’ibohero? Muri kino cigisho, muri kumwe n’umunyavyaha yagiriwe ubuntu, Balthasar Miburo Umwami wacu Yesu-Kristo aravuga ahuza na Yesaya ngo: None mweho n’iki catumye murenga icagezwe c’Imana kubw’imigenzo […]

IGIHUGU GITEGEKWA N’ABANA N’ABAGORE (Yesaya 3: 4, 12)

19 août, 2016

IGIHUGU GITEGEKWA N’ABANA N’ABAGORE Nzobaha abana babe aribo babatwara, kand’imicuko niyo izobaganza. Yamar’abantu banje abana nibo babacuranguza, kand’abagore nibo babaganza. Yemwe bantu banje, ababayobora barabazimiza, kandi bazimanganya inzira mwociyemwo. Uhoraho azoshira abakuru b’abantu biwe n’abaganwa babo mu rukinja, ati Ni mwebwe mwakomye uruzabibu, ivyo mwanyaze impahazwa biri mu ngo zanyu (Yesaya 3: 4, 12, 14). […]

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI

17 novembre, 2015

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI Uwo munsi abagore barindwi bazajya ku mugabo umwe bamubwire bati “Tuzitungirwa n’ibyokurya byacu kandi tuzajya twiyambika ubwacu, ariko uduhe kwitirirwa izina ryawe udukize urubwa rw’abantu.”(Yesaya 4: 1) Ikibazo c’umusi cyagiye gitera impaka nyinshi  hagati y’abantu bitwa abarokore  bo mu matorero aruhuka dimanche, n’abandi baruhuka samedi, na cane cane abadivantisti b’umusi wa karindwi. […]

IGITERAMO CO KURI IYI SABATO YO KU WA 28 RUSAMA/GICURASI 2011

27 mai, 2011

INDIRIMBO ITANGURA 1.  Naguzw’ amaraso y’ intama, Nshunguzw’ imbabazi zayo                                                                                                              Ubu nd’ umwana wayo rwose, Nta ho ntazabyamamaza. Nkiza, nkiza, n’amaraso yawe Yesu.                                                                                                                                                 Mboneza, mboneza!Nd’ umwana wawe rwos’ ubu. 2.  Mpimbaze Yesu wankijije, Nta wuz’ uko nnezerewe.        Ni we mucyo mwiz’ unyobora, Ahorana nanjy’ iteka.   3.  Ntabgo mpug’ Umukiza wanjye, Njya mmutekerez’ iteka. […]

IGITERAMO CO GUSENGA KURI IYI SABATO YO KU WA 30 NDAMUKIZA/ MATA 2010

28 avril, 2011

 Ushobora kwifatanya natwe mu materaniro y’ABASOMA BIBILIYA, hamagara i Bujumbura kuri 79321090, kugirango umenye aho duteranira hafi yawe. INDIRIMBO ITANGURA  1. Mu bari mw’isi ntawugororoka Kandi ntawuri no mw’ijuru atar’abizera ko bogejwe de N’amaraso ya Yesu gusa 2. Amaraso ya Yesu yogej’artyo Abanduj’imitima yabo Ntimukererw’ariko munyaruke Mwisuke mu maraso yiwe 3. Umukiza niyaz’agarukanye Ubwiza bwo […]

12345
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire