Résultats

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (165)

1 juin, 2017

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (165) Ubutumwa bwiza bwanditswe na Luka(104)   BALTHASAR MIBURO·MERCREDI 31 MAI 2017 MBESE IYO MUVUYE KU RUSENGERO MUHORA MUTUMIRA BENE DATA NGO MUFUNGURIRE HAMWE? Kandi acira umugani abatumiwe, abonye ingene batanguranwa ivyicaro vy’icubahiro; arababwira ati: « Umuntu ni yagutorera ubukwe, ntuzokwicare mu cicaro c’abakuru; ngo kumbure ntihabeho umuntu akurusha icubahiro yatowe, kandi […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (56)

3 mai, 2017

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (56) BALTHASAR MIBURO·MERCREDI 21 DÉCEMBRE 2016 NIWABA UR’UMWANA W’IMANA…(3) ICIGISHO CA GATATU DUKURA MU BIGERAGEZO SATANI YAGERAGERESHEJE YESU MU BUGARAGWA/MU BUTAYU(Luka 4: 9-12) Amujana i Yerusalemu, amuhagarika ku gatwe k’urusengero aramubwira ati “Ni waba uri Umwana w’Imana, ikororere hasi kuko handitswe ngo ‘Azokuragiza abamarayika biwe ngo bakuzigame, kandi ngo ‘Bazakuramira mu […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (53)

3 mai, 2017

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (53) BALTHASAR MIBURO·DIMANCHE 18 DÉCEMBRE 2016 NI BANDE BAFISE UBUBASHA BWO KUBATIZA? Ariko bizeye ubutumwa bwiza Filipo ababwiye bw’ubwami bw’Imana, n’ubw’izina rya Yesu-Kristu barabatizwa abagabo n’abagore. Maze intumwa ziri i Yerusaremu zumvise yukw’Abasamariya bemeye ijambo ry’Imana, zirungikayo Petero na Yohani, nabo bamanutseyo barabasengera ngo bahabwe Mpwemu Yera; kuko Mpwemu Yera ataribwamanuke […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (52)

17 décembre, 2016

UMUBATIZO (8) UKUBATIZWA KWA LUDIYA (ARIWE LIDIYA) INYUMA Y’ICIGISHO PAULO YATANZE MW’ITERANIRO RYO KW’ISABATO MU GISAGARA C’I FILIPI. Nuko tuvuduka i Tirowa mu bwato, turaramirija tuja i Samotrake, bukeye bwaho dushika i Neyapoli. Tuvuyeyo dushika i Filipi, igisagara c’i Makedonia, gikuru mur’iyo ntara, cubatswe n’Abaroma. Tumara imisi muri ico gisagara. Ku musi w’isabato turenga irembo […]

ABAVUGABUTUMWA BAKENEWE MUR’IKI GIHE KIBI N’ABAMEZE BATE?

14 novembre, 2016

MIKAYA, UMUGABO W’IJUNJA N’IJAMBO…   Kandi umwami w’Abisirayeli na Yehoshafati umwami w’Abayuda bari bicaye ku ntebe z’ubwami, bambaye imyambaro yabo y’ubwami, bari ku nama kw’ishikiro ku kirimba i Samariya,ba kamenyi bose bavugishirizwa imbere yabo. Sedekiya mwene Kenāyana yicurishiriza amahembe y’ivyuma aravuga ati “Uku ni ko Uhoraho yavuze ngw ‘Aya mahembe niyo uzokwirukanishsa  Abasiriya gushitsa baherengeteye.’ ”N’abandi […]

KUKI TUVUGA KO GUKORA IBIKORWA KW’ISABATO KW’AR’ICAHA?

31 octobre, 2016

KUKI TUVUGA KO GUKORA IBIKORWA KW’ISABATO KW’AR’ICAHA? Yes’ati: « Nico gituma Umwana w’umuntu ar’umwami w’isabato nayo (Mariko 2: 28). Habonetse abantu benshi bigira abavugishwa, iryo jambo bararikoresha ku nyungu zabo bwite, bashika n’aho bavugira Yesu ivyo atavuze. Yesu ntiyavuze ko Umwana w’umuntu akuyeho isabato. Oya. Yavuze ko Umwana w’umuntu ar’umwami w’isabato nayo. Reka tubivuge mu kirundi […]

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (12)

21 octobre, 2016

(Nta cigisho dufise c’Igihe co gusengeranira, ni mukoreshe iki) TUVUGE IVYA MPWEMU YERA Tumaze imisi tuvuga ivy’agakiza kava muri Yesu-Kristu, kandi nizeye ntashidikanya ko hariho benshi ibi vyigisho vyasigiye umugisha no kunguka ubumenyi mu vy’Ijambo ry’Imana. Uwu musi reka tuvuge kuri Mpwemu Yera, uwo Yesu yadusezeraniye. Handitswengo: « None ko mwebwe muzi guha abana Banyu ingabire nziza […]

TWIGE UMUGANI W’ABAKOZI BATUMWE GUKORA MU RUZABIBU KU MASAHA ATANDUKANYE

14 octobre, 2016

UMUGANI W’ABAKOZI BO MU RUZABIBU (Imirongo yavuye muri Bibliya Yera mu Kinyarwanda, ariko ubusobanuro buri mu kirundi. Abarundi mufate Bibliya zanyu kugirango musobanukirwe neza) 1.“Ubwami bwo mu ijuru bwagereranywa n’umuntu ufite urugo, yazindutse kare gushaka abahinzi ngo bahingire uruzabibu rwe. 2.Asezerana n’abahinzi idenariyo ku munsi umwe, abohereza mu ruzabibu rwe. 3.Isaha eshatu arasohoka, asanga abandi […]

IMBABAZI Z’IMANA NTIZIHORAHO KU BANTU BOSE…

12 octobre, 2016

IMBABAZI Z’IMANA NTIZIHORAHO KU BANTU BOSE Nsenga Uhorah’Imana yanje ndatura nti: « Bwirukiro Mana nkuru y’igitinyiro, wewe wama ushitsa isezerano, ukagirir’ikigongwe abagukunda, bakitonder’ivyagezwe vyawe, twaracumuye, twaragabitanije, twakoze nabi twaragararije, twaratambamye tuva mu mateka washinze no kuvyo wageze (Daniyeli 9: 4-5 Iri sengesho rya Daniyeli, ndazi ko abakristu benshi ritabanezera. Ntibokwubahuka no kurisubiramwo kuko rigaruka ku mategeko […]

IGIHE CO GUSENGERANIRA

7 octobre, 2016

IGIHE CO GUSENGERANIRA Ku wa 4 w’isabato (Mercredi) no ku wa nyuma (Vendredi), ku mugoroba, kuva sakumi na zibiri z’umugoroba ku musaha y’i Bujumbura/Kigali. KUKI NTEGEREZWA KUJA KURUHUKIRA ISABATO KU RUSENGERO? Ijambo ry’Imana niryo rivyivugira ngo« Ejo uzoba umusi wo ku ruhuka, w’isabato irobanuriwe Uhoraho (Kuvayo 16: 23). None Yesu nawe yaragiye ku rusengero, araruhuka isabato? […]

12345...8
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire