Résultats

ABAVUGABUTUMWA BAKENEWE MUR’IKI GIHE KIBI N’ABAMEZE BATE?

14 novembre, 2016

MIKAYA, UMUGABO W’IJUNJA N’IJAMBO…   Kandi umwami w’Abisirayeli na Yehoshafati umwami w’Abayuda bari bicaye ku ntebe z’ubwami, bambaye imyambaro yabo y’ubwami, bari ku nama kw’ishikiro ku kirimba i Samariya,ba kamenyi bose bavugishirizwa imbere yabo. Sedekiya mwene Kenāyana yicurishiriza amahembe y’ivyuma aravuga ati “Uku ni ko Uhoraho yavuze ngw ‘Aya mahembe niyo uzokwirukanishsa  Abasiriya gushitsa baherengeteye.’ ”N’abandi […]

IZINA RY’INGWARA YITWA MALARIA RYAKOMOTSE HE?

26 janvier, 2016

Abantu benshi ku mugabane w’Afrika bagwara iyo ngwara ya malariya, kandi abativuje hakiri kare irabahitana cane cane abana, n’abagore bibungenze (batwite).   Uwu musi ndashaka turabire hamwe inkomoko y’izina ry’iyi ngwara twita malaria. Ubundi iyi ngwara niyo yahitanye umwami mukuru w’Abagreki yitwa Alexandre le Grand, mu gihe yari mu ntambara ashaka kwigarurira ibihugu vyo mu […]

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 8: 1-27

13 janvier, 2016

Daniyeli yerekwa iby’impfizi y’intama n’isekurume y’ihene Iki cigisho kiravanze  cane, ikirundi n’ikinyarwanda, kuko nzi ko kirindiriwe na bose. 1.Mu mwaka wa gatatu Umwami Belushazari ari ku ngoma, jyewe Daniyeli neretswe ibikurikira ibyo neretswe ubwa mbere. 2.Nkerekwa ibyo nagize ngo ndi ibwami i Shushani mu gihugu cya Elamu, ariko ubwo nabyerekwaga nari ku ruzi Ulayi, 3.nubuye […]

IGITERAMO CO KURI IYI SABATO YO KU WA 28 RUSAMA/GICURASI 2011

27 mai, 2011

INDIRIMBO ITANGURA 1.  Naguzw’ amaraso y’ intama, Nshunguzw’ imbabazi zayo                                                                                                              Ubu nd’ umwana wayo rwose, Nta ho ntazabyamamaza. Nkiza, nkiza, n’amaraso yawe Yesu.                                                                                                                                                 Mboneza, mboneza!Nd’ umwana wawe rwos’ ubu. 2.  Mpimbaze Yesu wankijije, Nta wuz’ uko nnezerewe.        Ni we mucyo mwiz’ unyobora, Ahorana nanjy’ iteka.   3.  Ntabgo mpug’ Umukiza wanjye, Njya mmutekerez’ iteka. […]

VA HASI, UFATE URUGENDO, UJE ABA BANTU IMBERE (Gusubira mu Vyagezwe 10:11)

4 février, 2011

 UMUKRISTU W’UKURI WESE ABA AR’UMUYOBOZI Nuko namaze kur’uwo misozi imisi mirongw’ine n’amajoro mirongw’ine nk’ubwa mbere, Uhoraho no mur’ico gihe naco aranyumvira, ntiyabarandura. Maze Uhoraho arambarira ati: Va hasi ufate urugendo uje aba bantu imbere, kugirango binjire mu gihugu narahiye ba sekuruza ko nzokibaha, bacegukire (Gusubira mu Vyagezwe 10: 10-11) Aya majambo avuye mu gitabo kivuga ukuntu […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (5)

27 janvier, 2011

S’URWAMO RW’ ABADEDESHA AKARURU KO KUNESHA, KANDI S’URW’ABATAKAMBISHWA NO KUNESHWA, ARIKO N’URW’ABAVYINA (Kuvayo 32: 18) Maze Yosuwa yumvise urwamo rw’abantu bayogora, abarira Mose ati: Har’urwamo rw’intambara mu nsago! Aramwishura ati: Ivyo numva s’urwamo rw’abadedesha akaruru ko kunesha, kandi s’urw’abatakambishwa no kuneshwa, ariko n’ur’abavyina. N’uko ashitse hafi y,aho bashagaje abona ca kimasa n’abariko baratamba, uburake bwa […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (5)

26 janvier, 2011

S’URWAMO RW’ ABADEDESHA AKARURU KO KUNESHA, KANDI S’URW’ABATAKAMBISHWA NO KUNESHWA, ARIKO N’URW’ABAVYINA (Kuvayo 32: 18) Maze Yosuwa yumvise urwamo rw’abantu bayogora, abarira Mose ati: Har’urwamo rw’intambara mu nsago! Aramwishura ati: Ivyo numva s’urwamo rw’abadedesha akaruru ko kunesha, kandi s’urw’abatakambishwa no kuneshwa, ariko n’ur’abavyina. N’uko ashitse hafi y,aho bashagaje abona ca kimasa n’abariko baratamba, uburake bwa […]

ARONI ACURIRA ABISIRAYELI IKIGIRWAMANA C’IKIMASA MW’IZAHABU (1)

22 janvier, 2011

 Iki cigisho kizomara imisi indwi INKURU Y’IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (1) Abantu babonye  Mose atevye kur’uwo musozi, atamanutse, bakoranira kuri Aroni bamubarira bati Enda n’uturonkere imana zo kutuja imbere, kuko umwe Mose yadukura mu gihugu ca Egiputa tutazi uko yabaye. Aroni arabishura ati: Ni mukwature impeta z’izahabu ziri ku matwi y’abagore banyu no ku y’abahungu […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (1)

21 janvier, 2011

 Ikicigisho kizomara imisi indwi INKURU Y’IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (1) Abantu babonye  Mose atevye kur’uwo musozi, atamanutse, bakoranira kuri Aroni bamubarira bati Enda n’uturonkere imana zo kutuja imbere, kuko umwe Mose yadukura mu gihugu ca Egiputa tutazi uko yabaye. Aroni arabishura ati: Ni mukwature impeta z’izahabu ziri ku matwi y’abagore banyu no ku y’abahungu n’abakobwa […]

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 6-13

18 janvier, 2011

UBUTUMWA BW’ABAMARAYIKA BATATU  Kandi mbona umumarayika wundi aguruka yatiriye ijuru (mu kirere) afise ubutumwa bwiza butazoshira bwo kubarira ababa mw’isi n’amahanga yose n’imiryango yose n’indimi zose n’amoko yose. Avuga n’ijwi rirenga ati: Mwubahe Imana muyihimbaze kuko igihe c’amateka yayo( c’imanza zayo) gishitse, musenge Imana yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasoko (y’amazi). Umumarayika wundi wa kabiri akurikirako, ati […]

12
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire