Résultats

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (169)

5 juin, 2017

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (169) Ubutumwa bwiza bwanditswe na Luka (108) BALTHASAR MIBURO·DIMANCHE 4 JUIN 2017 Ni nde muri mwebwe agomba kwubaka umunara w’amatafari muremure, ntiyobanza kwicara, akarimbura igitigiri c’amahera yowubaka, ngo amenye yuko afise ayowuheraheza? Ngo kumbure yoba ahejeje kwubaka amatafari y’intango, ntashobore kuwuzuza; ababibonye bose bagatangura kumutwenga bavuga ko uwu yatanguye kwubaka, ntashobora […]

TWIGE IVYAHISHUWE 21: 6-8

4 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 21: 6-8 Kandi ati:  »Birarangiye. Ni je Alufa na Omega, itangiriro n’iherezo. Ufit’inyota nzamuha kunywa ku mazi y’ubugingo. Unesha azaragwa vyose, nanjye nzaba Imana yiwe nawe abe umwana wanje. Ariko abanyabwoba n’abatizera, n’abakor’ibizira n’abicanyi, n’abasambanyi n’abarozi, n’abaseng’ibishushanyo n’abanyabinyoma bose, umgabane wabo uzoba mu kiyaga caka umuriro n’amazuku, nico rupfu rwa kabiri Mu gihe iri […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire