Résultats

TWIGE IVYAHISHUWE 12:1-6 (1)

26 avril, 2010

UMUGORE AHANGAYE N’IGISATO Ikimenyetso gihambaye kiboneka mw’ijuru: umugore yambaye izuba, ukwezi kwari musi y’ibirenge vyiwe, mu mutwe yambaye urugori rw’ / ikamba ry’inyenyeri cumi na zibiri; kandi yar’akuriwe, atura akaborago, kukw’aramutswe, ababazwa n’ibise. Mw’ijuru haboneka ikindi kimenyetso, igisato c’amahero (ca kabutindi) gisa n’ikibengebenge, gifise imitwe indwi n’amahembe cumi, no mu mitwe yaco cambaye imigara ndwi. […]

TWIGE IVYAHISHUWE 2: 12-17 (IV)

9 avril, 2009

  Mu cigisho giheruka cerekeranye n’Ivyahishuwe 2: 12-17 nari nabemereye ko tuzorabira hamwe uwo Yesu yita  »Balamu yigishije Balaki gushira igitsitaza imbere y’ Abisraeli, kugira ngo barye inyama zaterekerejwe ibigigwamana, ngo bisuke no mu busambanyi » (Ivyahishuwe 2: 14). Muri iki cigisho, muri kumwe n’umunyayaha yagiriw’ubuntu, akaba na mwene So mufatanije intambara y’umusaraba, Balthasar Miburo Inkuru […]

12
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire