Résultats

MORIDEKAYI NA HAMANI, INTAMBARA HAGATI Y’UBWOKO BW’IMANA N’UBWOKO BWA SATANI

24 octobre, 2016

Maze hanyumay’ivyo umwami Ahasuwerusi akuza Hamani mwene Hamedata, Umwagagi, amushira hejuru, intebe yiwe ayirrutisha iz’abaganwa bose basabanye. Maz’abagendanyi b’umwami bose bari ku kirimba i bwami, bunamira Hamani, bakamwikubit’imbere, kuko umwami yari yamushinze ngo bamuhe ico cubahiro. Ariko Moridekayi ntiyamwunamira, ntiyamwikubit’imbere Maz’abagendanyi b’umwami bari ku kirimba ibwami babaza Moridekayi bati “Ni iki gituma uca mu cagezwe […]

AMATEGEKO YACU NTASA N’AY’ABANDI

28 juin, 2015

Hari abantu bakunze kuvuga yuko tudakwiye kwereka abandi ko turi abakristu, ngo ah’ubwo dukwiye kwishushanya n’ibihe tugezemwo, tukarya nk’abandi, tukanywa nkabo, tukambara nkabo, tugasangira imisi mikuru y’umunezero n’imisi y’umubabaro. Ivyo rero tukabigira kugirango ntitubabaze abo turi kumwe. Nico benshi bita guca bugufi. Ariko  rero ijambo ry »Imana ribitubwira ukundi ngo: Ntimushushanywe n’ ivy’iki gihe, yamara muhinduke […]

ISAH’IMWE YO MU VYAHISHUWE 18: 19

30 novembre, 2010

WOBA UFISE UBWATO MU RUZI? WOBA UJABUKIRIZWA MU BWATO? WOBA UR’UMUSOZA CANKE WOBA UTUNZWE N’IKIYAGA? Kandi nyen’ubwato wese n’umuntu wese ajabukirizwa mu bwato ahantu hose, n’abasoza n’abatunzwe n’ikiyaga bari bahagaze kure, kandi bakiraba umwotsi wo kuyigizwa kwaco (kwa Babuloni), barataka bati: N’ikihe cari gihwanye na kiriya gisagara gihambaye? Biyorera imikungugu ku mitwe, bataka barira baboroga, […]

ISAH’IMWE YO MU VYAHISHUWE 17: 12

24 novembre, 2010

 ABAMI CUMI BAGANZA MW’ISAH’IMWE Kand’amahembe cumi wabonye ni yo ba bami cumi batarima, ariko bahabga kaganziriza hamwe na ca gikoko kumara isah’imwe (Ivyahishuwe 17: 12). Igikoko c’mahembe cumi kiravugwa no mu Vyahishuwe 13: 1. Usomye witonze uwu murongo urabona neza ko igitekerezo c’abami cumi cari kiriho imbere y’uko Yohani yerekwa ivyo. Kuko uwu murongo ntuvuze […]

UMUVUMO WA KABIRI UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE (II)

5 novembre, 2010

Genda i Bujumbura mu materaniro y’Ishirahamwe ry’Abasoma Bibliya/Association des Lecteurs de la Bible. Hamagara kuri 79321090 INZAMBA YA GATANDATU Ibara rya kabiri Ibara rya mbere riraheze, eh’ukundi kubon’ibara kubiri guhava kuza hanyuma. Umumarayika wa gatandatu aravuza: Numva ijwi riva ku mahembe ane y’igicaniro c’izahabu kiri imbere y’Imana, ribarira umumwarayika wa gatandatu afise inzamba riti,  Bohora […]

UMUGISHA WA KANE UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

UMUGISHAWA KANE UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Ubutumire buhire (Iki cigisho kiri mu kirundi coroshe gusa, abavuga ikinyarwanda bashobora kugitahura) Hahirwa abatumiwe gutaha ubukwe bwa wa Mwagazi (Ivyahishuwe 19:9) Mbese ubwo bukwe buzoba gute? Mbese uremera ko ubwo bukwe buzobaho? Kutavyemera biterwa n’uko utabwiteguriye. Kandi kubwitegurira bisaba ngo Umwami Yesu akugirire ubuntu, aguhe ingabire y’ukwizera nyako, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 9: 13-21

11 août, 2010

INZAMBA YA GATANDATU Umumarayika wa gatandatu aravuza: Numva ijwi riva ku mahembe ane y’igicaniro c’izahabu kiri imbere y’Imana, ribarira umumwarayika wa gatandatu afise inzamba riti, rit Bohora abamrayika bane babohewe ku ruzi Eufrate. Abo bamarayika bane bari biteguriwe iyo saha n’uwo musi, n’uko kwezi, n’uwo mwaka, babohorerwa kwica ikigira gatatu c’abantu.  Igitigiri c’abagwanira ku mafarasi […]

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 1-6

28 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 1-6 Nizera ko mufise mwese Bibiliya, nico gituma ntiriwe ndandika imirongo yose. Ariko ndasobanura umurongo ku murongo, namwe muze mukurikira muri za Bibiliya zanyu. Ikindi kandi, vyoba vyiza mugiye mwigira hamwe, mugakora umurwi wo kwiga ivyahishuwe. Bishobora gufasha bene wanyu na bashikibanyu badafise za computers (ordinateurs), nabo bagashobora kubimenya. Nanje nzokomeza kubasengera […]

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 1-6

28 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 1-6 Nizera ko mufise mwese Bibiliya, nico gituma ntiriwe ndandika imirongo yose. Ariko ndasobanura umurongo ku murongo, namwe muze mukurikira muri za Bibiliya zanyu. Ikindi kandi, vyoba vyiza mugiye mwigira hamwe, mugakora umurwi wo kwiga ivyahishuwe. Bishobora gufasha bene wanyu na bashikibanyu badafise za computers (ordinateurs), nabo bagashobora kubimenya. Nanje nzokomeza kubasengera […]

TWIGE IVYAHISHUWE 5 (2)

28 avril, 2010

TWIGE NEZA RYA ZINA RYA WA MUGORE W’INDAYA. NGO NI BABULONI Babuloni n’izina ryakomotse mu rurimi rwa kera rw’ikiarameya (Araméen mu gifransa), ryavuga ngo BAB-ILU=irembo ry’Imana imwe. Noneho muri ico gisagara citiriwe irembo ry’Iman’imwe, hageze igihe ubupagani buragwira, imana ziba ubuhojojo. Nibwo bahavuye bahita: BAB-ILANI, risobanura ngo: irembo ry’imana nyinshi. Ni nka kurya mu giswahili, […]

12
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire