Résultats

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 11: 40-43

4 février, 2016

UBUHANUZI BWA BIBLIYA BWEREKANA IVYO ISLAMU N’UBUPAPA BAZAKORA MU NTAMBARA IZAHERUKA IGAKURURA IMWE YA HARUMAGEDONI. Reka tuvyige muri Daniyeli 11: 40-43. « Nuko mu gihe cy’imperuka umwami w’ikusi azamutera, kandi umwami w’ikasikazi azamutera ameze nka serwakira, azanye amagare n’amafarashi n’inkuge nyinshi atere ibihugu, abisandaremo nk’umwuzure w’amazi,agere no mu gihugu gifite ubwiza. Benshi bazatikizwa keretse Abedomu n’Abamowabu […]

TWIGE IVYAHISHUWE 7: 1-3

8 janvier, 2016

TWIGE IVYAHISHUWE 7: 1-3   Hanyuma y’ibyo mbona abamarayika bane bahagaze ku mpfuruka ziine z’isi bafashe imiyaga ine yo mu isi, kugira ngo ntihagire umuyaga uhuha mu isi cyangwa mu nyanja cyangwa ku giti cyose.  Mbona na marayika wundi azamuka ava i burasirazuba, afite ikimenyetso cy’Imana ihoraho, arangurura ijwi rirenga, abwira ba bamarayika bane bahawe […]

TWIGE IGITABO C »UMUHANUZI DANIYELI 3: 19-30

24 décembre, 2015

Ba Saduraka bajugunywa mu itanura ntibashya

Ngo ITORERO NTIRIJANA UMUNTU MW’IJURU?

1 décembre, 2015

      BENSHI BAKUNDA GUSUBIRAMO IRI JAMBO NGO: I T O R E R O   N T I R I Z O J A N A U M U N T U  M W ‘ I J U R U ! ARIKO UBWO VYOBA ARI  UKURI , CANGWA SE N’IKINYOMA? Hari imvugo zinjira mu […]

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI

17 novembre, 2015

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI Uwo munsi abagore barindwi bazajya ku mugabo umwe bamubwire bati “Tuzitungirwa n’ibyokurya byacu kandi tuzajya twiyambika ubwacu, ariko uduhe kwitirirwa izina ryawe udukize urubwa rw’abantu.”(Yesaya 4: 1) Ikibazo c’umusi cyagiye gitera impaka nyinshi  hagati y’abantu bitwa abarokore  bo mu matorero aruhuka dimanche, n’abandi baruhuka samedi, na cane cane abadivantisti b’umusi wa karindwi. […]

EJO UZOBA UMUSI WO KURUHUKA W’ISABATO (Kuvayo 16: 23)

4 février, 2011

Ijambo ry’Imana rivugira mu ntumwa Paulo ngo: Gukebwa ntaco kumaze, no kudakebwa ntaco kumaze, ariko ikigira ico kimaze, n’ukwitondera amategeko y’Imana. Ku musi w’isabato turenga irembo ry’igisagara (umujyi), tuja ku ruzi, dukeka ko hoba aho basengera (1Abakorinto 7: 19; Ivyakozwe n’Intumwa 16: 13) Twirinde gukoresha izina rya Yesu hamwe n’irya Paulo mu kwigisha ivyo kugarariza […]

EJO UZOBA UMUSI WO KURUHUKA W’ISABATO (Kuvayo 16: 23)

28 janvier, 2011

21 janvier, 2011

Ijambo ry’Imana rivugira mu ntumwa Paulo ngo: Gukebwa ntaco kumaze, no kudakebwa ntaco kumaze, ariko igikira ico kimaze, n’ukwitondera amategeko y’Imana. Ku musi w’isabato turenga irembo ry’igisagara (umujyi), tuja ku ruzi, dukeka ko hoba aho basengera (1Abakorinto 7: 19; Ivyakozwe n’Intumwa 16: 13) Twirinde gukoresha izina rya Yesu hamwe n’irya Paulo mu kwigisha ivyo kugarariza […]

EJO UZOBA UMUSI WO KURUHUKA W’ISABATO (Kuvayo 16: 23)

13 janvier, 2011

9 janvier, 2011

EJO UZOBA UMUSI WO KURUHUKA W’ISABATO (Kuvayo 16: 23) Ijambo ry’Imana rivugira mu ntumwa Paulo ngo: Gukebwa ntaco kumaze, no kudakebwa ntaco kumaze, ariko igikira ico kimaze, n’ukwitondera amategeko y’Imana. Ku musi w’isabato turenga irembo ry’igisagara (umujyi), tuja ku ruzi, dukeka ko hoba aho basengera (1Abakorinto 7: 19; Ivyakozwe n’Intumwa 16: 13) Twirinde gukoresha izina […]

12
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire