Résultats

IMIVUMO INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

 Genda i Bujumbura,  mu materaniro y’Ishirahamwe ry’Abasoma Bibliya/Association des Lecteurs de la Bible, hamagara kuri 79321090 IMIVUMO INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Tumaze imisi twiga imigisha indwi iboneka ku gitabo c’Ivyahishuwe. Uyu musi tugiye gutangura icigisho kidasanzwe kitavuga imigisha, ariko kivuga imivumo. Nk’uko ya migisha twamaze kwiga ari indwi, niko n’imivum0 nayo ar’indwi. Kuko uwutazoronka […]

UMUVUMO WA GATATU UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

Genda i Bujumbura mu materaniro y’Ishirahamwe ry’Abasoma Bibliya/Association des Lecteurs de la Bible. Hamagara kuri 79321090 IGIHE CO GUCIRAMWO AMATEKA ABAPFUYE Biragoye kugirango ubone ko iki cigisho gifitaniye isano n’imivumo indwi, canke canke ibara rya gatatu. Kuko kivuga ishimwe rya Kristu ahanini. Kugirango ubitahure, gisome ushitse ku mpera yaco, canecane urabe ariya majambo aheruka yerekeye […]

UMUGISHA WA GATANU UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

UMUGISHA WA GATANU UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Uwuri mu mugabane wo kuzuka kwa mbere arahiriwe kandi n’uwera. Urupfu rwa kabiri ntirugir’ububasha ku bameze bartyo, ariko bazoba abaherezi b’Imana na Kristo, kandi bazofatanya nawe kuganza imyaka igihumbi (Ivyahishuwe 20: 6). Mu kwiga ibi vyigisho vyerekeye imigisha indwi iboneka mu gitabo c’Ivyahishuwe, dukwiye no kwibaza ibizoshikira abatazoba […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire