Résultats

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 11-21

28 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 11-21(bifatanye n’Ivyahishuwe 6:1-11). Ugi gice cavuye muri Bibliya y’ikinyarwanda Mbona ijuru rikinguye kandi ngiye kubona mbona ifarashi y’umweru. Uhetswe na yo yitwa Uwo kwizerwa, kandi Uw’ukuri. Ni we uca imanza zitabera akarwana intambara zikwiriye. Amaso ye ni ibirimi by’umuriro no ku mutwe we afite ibisingo byinshi, kandi afite izina ryanditswe ritazwi n’umuntu wese […]

TWIGE IVYAHISHUWE 17: 7-9

28 avril, 2010

TWIGE IVYEREKEYE IMITWE INDWI YA CA GIKOKO INDAYA IGENDERAKO Soma Ivyahishuwe 17: 7-9 Ibaze nawe nk’ubu inka canke impene/ihene Ivyaye ugasanga izanye inyana canye umwagazi ufise imitwe indwi. Mugani w’abanywarwanda, wab’ugushij’ishano wogacwa we!!! Kera abarundi bavuga ngo n’ubugesera bwadutse!!!! Soma iki cigisho, usanga ari ubugesera! Wewe wigumire kuri Kristu gusa, ntuteshwe indaha n’ibikungero…. Ngo iyo […]

TWIGE IVYAHISHUWE 9:1-12

20 avril, 2010

IMPANDA(INZAMBA) YA GATANU IZO IZOBA ARI ISHANO RYA MBERE (2) Umumarayika wa gatanu aravuza. Mbona inyenyeri itibukiye mw’isi ivuye mw’ijuru; ihabga urupfunguzo rw’urusumanyenzi rw’i kuzimu. Yugurura urusumanyenzi rw’i kuzimu rupfundukamw’umwotsi nk’uw’itanure rinini, izuba n,ikirere bicurishwa umwiza n’umwotsi wo mur’urwo rusumanyenzi. Mu mwotsi havamw’inzige zija mw’isi, zihabga ububasha bgo gukora ivyo sikorupiyo zo mw’isi zibasha gukora. […]

TWIGE IVYAHISHUWE 20: 4-6

4 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 20:4-6 Ukuzuka kwa mbere n’ubwami bw’imyaka igihumbi. Ndashaka kubanza kubibutsa ko ejo bundi twabonye ko Satani azoboherwa mw’isi y’umusaka kumara imyaka 1000, ata muntu ari kuriyo, kuko abanyavyaha bazoba barapfuye. aberanda n’abo bari mu musi mukuru w’imyaka 1000. Dusome ijambo ry’Imana rero: Mbona intebe z’ubwami, mbona n’abazicayeko bahabwa ubucamanza. Kandi mbona imitima y’abaciwe […]

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 11-21

4 avril, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 19: 11-21(bifatanye n’Ivyahishuwe 6:1-11). Mu vyahishuwe 19: 11, hari umurongo utangurwa n’aya majambo ngo: Hanyuma mbona… Ibi ntibivuga ko ivyo Yohani yar’agiye kwerekwa arivyo bizokurikira igihe c’ubukwe bw’Umwana w’intama n’umugeni wiwe, mu yandi majambo: ubukwe bwa Kristo n’ishengero. Ah’ubwo Marayika yereka Yohani ibindi bintu bizoba ku musi wo kugaruka kwa Kristu. Kuko hazoba […]

TUGARUKE KU VYAHISHUWE 13: 16-17

6 avril, 2009

 IKIMENYETSO C’IGIKOKO/C’INYAMASWA/INAMA MPUZAMAKUNGU G-20 Gitegeka ko bose, aboroshe n’abahambaye, abakire n’abakene, abidemvya n’abagurano, ngo baronke ikimenyetso caco ku kiganza c’i buryo canke ku ruhanga, kandi ngo nihagire uwugura canke ngo agurishe ikintu adafise ikimenyetso, canke izina rya ca gikoko, canke igitigiri c’izina ryaco (Ivyahishuwe 13: 16-17).  Murabe na Daniyeli 2: 41-45, ariko musome neza imirongo […]

12
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire