Résultats

MUGUMY’UMUTIMA NATSINZ’ISI (4)

17 février, 2011

NATWE TUR’ABANTU BUNTU, TUMEZE NKAMWE, KANDI TUBABWIRA UBUTUMWA BWIZA (Ivyakozwe n’Intumwa 14: 15) Ariko intumwa, Barunaba na Paulo, bavyumvise, bitantamurira ko impuzu zabo, bitera mu bantu, basemerera, bati Yemwe bagabo, n’iki gitumye mugira murtyo? Natwe tur’abantu buntu, tumeze nkamwe, kandi tubabwira ubutumwa bwiza, ngo mureke ivyo bitagira ikimazi, muhindukirire Imana nzima, yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (4)

26 janvier, 2011

  INYANDIKO Z’IMANA (Kuvayo 32: 16) Maze Mose aramanuka uwo musozi, afise vya bisate vyompi mu minwe biriko Ibishingantahe (Ibihamya), vyanditsweko impande zompi, imbere n’inyuma. Ivyo bisate vyari bikozwe n’Imana, kandi inyandiko zikoragoshowe kuri vyo zari inyandiko z’Imana. (Kuva 32: 15-16). Muri iki gihe isi yose yuzuyemwo imico y’ubuhumane ituruka mu Burengerazuba,  kenshi twemera ibintu […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (4)

25 janvier, 2011

INYANDIKO Z’IMANA (Kuvayo 32: 16) Maze Mose aramanuka uwo musozi, afise vya bisate vyompi mu minwe biriko Ibishingantahe (Ibihamya), vyanditsweko impande zompi, imbere n’inyuma. Ivyo bisate vyari bikozwe n’Imana, kandi inyandiko zikoragoshowe kuri vyo zari inyandiko z’Imana. (Kuva 32: 15-16). Muri iki gihe isi yose yuzuyemwo imico y’ubuhumane ituruka mu Burengerazuba,  kenshi twemera ibintu dukurikije […]

ARONI ACURIRA ABISIRAYELI IKIGIRWAMANA C’IKIMASA MW’IZAHABU (1)

22 janvier, 2011

 Iki cigisho kizomara imisi indwi INKURU Y’IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (1) Abantu babonye  Mose atevye kur’uwo musozi, atamanutse, bakoranira kuri Aroni bamubarira bati Enda n’uturonkere imana zo kutuja imbere, kuko umwe Mose yadukura mu gihugu ca Egiputa tutazi uko yabaye. Aroni arabishura ati: Ni mukwature impeta z’izahabu ziri ku matwi y’abagore banyu no ku y’abahungu […]

IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (1)

21 janvier, 2011

 Ikicigisho kizomara imisi indwi INKURU Y’IKIGIRWAMANA C’IKIMASA C’INZAHABU N’INKURIKIZI ZACO (1) Abantu babonye  Mose atevye kur’uwo musozi, atamanutse, bakoranira kuri Aroni bamubarira bati Enda n’uturonkere imana zo kutuja imbere, kuko umwe Mose yadukura mu gihugu ca Egiputa tutazi uko yabaye. Aroni arabishura ati: Ni mukwature impeta z’izahabu ziri ku matwi y’abagore banyu no ku y’abahungu n’abakobwa […]

TWIGE IVYAHISHUWE 12: 1-6 (2)

30 avril, 2010

UMWAMIKAZI WO MW’IJURU SI IZINA RYIZA NA GATO Maz’abagabo bose bari bazi yukw’abagore babo bosereza imibavu izindi mana, bo n’abagore bose bahagararanye aho,ar’ishengero rinini, nibo bantu bose bagiye kuba mu gihugu ca Egiputa i Patirosi, bishura Yeremiya bati: Kubw’ijambo utubariye mw,izina ry’Uhoraho ntituzokwumvira. Ariko ntutuzobura gushitsa ijambo rivuye mu kanwa kacu, ngo twosereze imibavu umwamikazi […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire