Résultats

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 14-20

2 juillet, 2010

TWIGE IVYAHISHUWE 14: 14-20 Kandi mbona igicu cera; no kuri ca gicu ukivyagiyeko, asa n’umwana w’umuntu, yambaye igitsibo c’izahabu (urugori rwa zahabu) mu mutwe, kandi afise umuhoro ukarishe mu kuboko. Umumarayika wundi ava mu rusengero asemerera n’ijwi rirenga, abwira uwuvyagiye kuri ico gicu ati: N’urungike umuhoro wawe, wimbure, kuko iymbura rishitse, kandi ivyimburwa vyo mw’isi vyumye. […]

INKURU NZIZA KU BAKUNDA KURYA IGITOKE

9 avril, 2010

  URAKENEYE KURYA IMIHWI KUGIRA NGO IBI VYIZA BIBE MU MAGARA YAWE… Nibaza ko mwese muryoherwa no kurya umuhwi. Ni wasoma ibi ngira nkwereke, ntuzosubira kuraba umuhwi nkuko wahora uwuraba! Umuhwi w’igitoke wuzuyemwo amasukari ndemanwa y’ubwoko butatu: sucrose, fructose na glucose akaba avanze n’ibifasha urura kugira ngo ivyo twariye bihoke neza. Ivyo nivyo vitwa « fibres » […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire