Résultats

IVYOKURYA VYO MU GITONDO (14)

25 octobre, 2016

VYOKURYAVYO MU GITONDO (14) TUVUGE IVY’UMUSI MUKURU W’ABERANDA/ABATAGATIFU BOSE     Abatari bake muri twebwe, bariko baritegurira guhimbaza umusi mukuru w’Aberanda bose cane cane mu mashengero ya Gatorika, Abanglikani. Hariho n’abandi bawuhimbaza (nk’abaorthodoxes), ariko nivugiye ayo mashengero abiri, kuko ariyo arimwo abakunda gusoma ibi vyigisho turungika mu Burundi no mu bindi bihugu. Ni mwaba mushaka […]

ISENGESHO RYO MURI IKI GITONDO, KU WA MBERE W’ISABATO, 28 RUHUHUMA/ GASHYANTARE 2016

28 février, 2016

ISENGESHO RYO MUR’IKI GITONDO, 28 RUHUHUMA 2016 Isengesho: Data mwiza, turazi ko ur’Imana y’inyembabazi, uduhe kwumva ijambo ryawe no kwemera guhindurwa naryo, mw’izina ryera rya Yesu. Amen Ijambo ry’Imana: Bene Data, sinshaka ko mutamenya yuko ba sogokuruza bose bari munsi ya cya gicu, kandi yuko bose baciye mu nyanja yigabanije, bose bakabatirizwa muri icyo gicu […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire