Résultats

BIBILIYA YAWE YOBA YIGISHA IVYO GUHIMBAZA NOHELI?

21 décembre, 2010

BIBLIYA YAWE YOBA YIGISHA IVYO GUHIMBAZA NOHELI? (1) Muri iyo ntara har’abungere barara mu gahinga baraririye umukuku w’ (ubusho bw’) intungwa zabo. Umumarayika w’umwami Imana ahagarara i ruhande yabo, ubwiza bw’umwami bubakayanganira irya n’ino, baterwa n’ubwoba bwinshi. Umumarayika arababwira ati, ntaco mutinya umve ndababarira ubutumwa bwiza bw’akanyamuneza kenshi kazoba ku bwoko bwanyu bwose. Uyu musi Umukiza […]

AMAZINA Y’AMEZI MU KIRUNDI/KINYARWANDA

2 avril, 2009

Ibibazo vya Nteziyaremye Raymond na Jean-Pierre Eraste bitumye mbona ko ntegerezwa kubaha iki cigisho c’amezi mu ndimi zacu. Mbere nzanyuzamwo mbacire n’imigani, mbabwire ivyo nabonye hambere aho. Kuko, uretse ko aba basore b’abanyarwanda batazi kuvuga amezi mu kirundi, hariho n’abarundi batazi amezi mu rurimi rwabo. Mwene Data Jean-Pierre, ndumva iciza aruko nayandika mu kinyarwanda, mu kirundi […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire