Résultats

IVYOKURYA VYO MU GITONDO

5 octobre, 2016

MU GATURUTURU (YESU) ASUBIRA MU RUSENGERO ABANTU BOSE BAZA AHARI ARABIGISHA (Yohani 8: 1-2). Mbese muri iki gitondo, abandi ko bazindutse basenga, imbere yo gutangura ibikorwa, weho wazindukiye mu biki? Birashoboka ko ishengero ryawe ryatunganije amasengesho yo mu gitondo, ariko wahisemwo kuzinduka wirukira akazi. N’aho wobona bidashoboka ko ujayo, iyo nzu yawe canke ico cumba […]

IGIHE CO GUSENGERANIRA, ITARIKI 12/10/2016

8 février, 2011

Mutwihanganire: Iki cigisho kije gitevye kubera ibikorwa vy’ivugabutumwa twagorobejemwo.Mushobora kugikoresha imbere yo kuryama canke uwundi musi. URUNANI RW’ABANYAMASENGESHO Buri wa gatatu ari wo wa kane w’Isabato kuri bamwe, na buri wa 5 ariwo musi wo kwitegura ku baruhuk’ isabato, igihe c’isaha 12 z’umugoroba ku masaha y’i Bujumbura/Kigali   MUGUMY’UMUTIMA NTSINZ’ISI (2) Iki cigisho kiri mu […]

TWIGE IVYAHISHUWE 2: 12-17 (IV)

9 avril, 2009

  Mu cigisho giheruka cerekeranye n’Ivyahishuwe 2: 12-17 nari nabemereye ko tuzorabira hamwe uwo Yesu yita  »Balamu yigishije Balaki gushira igitsitaza imbere y’ Abisraeli, kugira ngo barye inyama zaterekerejwe ibigigwamana, ngo bisuke no mu busambanyi » (Ivyahishuwe 2: 14). Muri iki cigisho, muri kumwe n’umunyayaha yagiriw’ubuntu, akaba na mwene So mufatanije intambara y’umusaraba, Balthasar Miburo Inkuru […]

x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire