Résultats

TWIGE IGITABO CYA DANIYELI 1:1-8

28 janvier, 2016

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 1: 1-8. Iki gitabo gitangira kitugezaho inkuru z’abasore batatu binjijwe mw’ishule i Babuloni kiragira kiti:  Mu mwaka wa gatatu Yehoyakimu umwami w’Abayuda ari ku ngoma, Nebukadinezari umwami w’i Babuloni yateye i Yerusalemu arahagota. Uwiteka Imana amugabiza Yehoyakimu umwami w’Abayuda hamwe n’ibintu bimwe byo mu nzu y’Imana, abijyana mu gihugu cy’i Shinari […]

TWIGE IGITABO CA DANIYELI 1: 1-21

20 décembre, 2015

TWIGE IGITABO CYA DANIYELI 1: 1-21   Iki gitabo gitangira kitugezaho inkuru z’abasore batatu binjijwe mw’ishule i Babuloni. kiragira kiti: Mu mwaka wa gatatu Yehoyakimu umwami w’Abayuda ari ku ngoma, Nebukadinezari umwami w’i Babuloni yateye i Yerusalemu arahagota. Uwiteka Imana amugabiza Yehoyakimu umwami w’Abayuda hamwe n’ibintu bimwe byo mu nzu y’Imana, abijyana mu gihugu cy’i […]

UBUPAPA

27 novembre, 2015

TUREKE IBIVUGWA MU GITABO C’INTAMBARA IKOMEYE, TUREBE IBIRI MURI BIBLIYA. Mushiki wacu Josiane, ndakwipfurije amahoro y’Imana n’imigisha yo mw’ijuru irut’indi! Nabonye ikibazo wabajije ku vyerekeye « Umushumba wa Kiliziya Gatorika », ariko nanze gusubiza kuko nabonye akavuyo kenshi, kavanze n’ibitutsi mu bitekerezo baguha. Jewe rero ndashaka ico kibazo tugisuzumire hamwe twifashishije Bibiliya, kuko niyo jambo ry’Imana. Iyo […]

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI

17 novembre, 2015

UMUGANI W’ABAGORE BARINDWI Uwo munsi abagore barindwi bazajya ku mugabo umwe bamubwire bati “Tuzitungirwa n’ibyokurya byacu kandi tuzajya twiyambika ubwacu, ariko uduhe kwitirirwa izina ryawe udukize urubwa rw’abantu.”(Yesaya 4: 1) Ikibazo c’umusi cyagiye gitera impaka nyinshi  hagati y’abantu bitwa abarokore  bo mu matorero aruhuka dimanche, n’abandi baruhuka samedi, na cane cane abadivantisti b’umusi wa karindwi. […]

ISAH’IMWE YO MU VYAHISHUWE 18: 10

30 novembre, 2010

 Soma ngo Ivyahishuwe 18: 16 WAR’UZI KO BACURUZA IMIBIRI Y’ABANTU N’UBUGINGO BWABO? Soma iki cigisho wumve: N’abadandaza bo kw’isi barakiririra, barakiborogera, kuko ata wukibagurira, ibishorano vyabo, bizanwa mu bwato, ibishorano vy’izahabu n’ifeza, n’utubuyenge tw’igiciro kinini, n’imaragarita, n’impuzu zera nziza, n’iz’inyambarabami, na hariri, n’iz’agahama, n’imbaho zose zimota neza, n’imbombovu zose z’ibintu vyabajwe mu mahembe y’inzovu, n’imbombovu […]

UBURUNDI BURASHOBORA GUHINDUKA ISRAELI NSHASHA Y’IMANA

20 novembre, 2010

NI MUKWIZE IYI NKURU MU GIHUGU COSE! Miburo Balthasar, umusavyi w’Imana nzima, ku ntore z’Imana ziri mu gihugu c’Uburundi, no ku bantu b’Imana batoranijwe mwese musoma aya majambo, abari kure n’abari hafi, ndabaramukije mw’izina ry’Umwami n’Umucunguzi wacu Yesu-Kristu.  Nezerejwe na kano kanya ndonse ko kubaganiriza mur’uru rwandiko ngo tuvugane tudahishanya ico mwoba mwibaza ku kugaruka kwa […]

UBURUNDI BURASHOBORA GUHINDUKA ISRAELI NSHASHA Y’IMANA

20 novembre, 2010

NI MUKWIZE IYI NKURU MU GIHUGU COSE! Miburo Balthasar, umusavyi w’Imana nzima, ku ntore z’Imana ziri mu gihugu c’Uburundi, no ku bantu b’Imana batoranijwe mwese musoma aya majambo, abari kure n’abari hafi, ndabaramukije mw’izina ry’Umwami n’Umucunguzi wacu Yesu-Kristu.  Nezerejwe na kano kanya ndonse ko kubaganiriza mur’uru rwandiko ngo tuvugane tudahishanya ico mwoba mwibaza ku kugaruka kwa […]

IMIVUMO INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

 Genda i Bujumbura,  mu materaniro y’Ishirahamwe ry’Abasoma Bibliya/Association des Lecteurs de la Bible, hamagara kuri 79321090 IMIVUMO INDWI IBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Tumaze imisi twiga imigisha indwi iboneka ku gitabo c’Ivyahishuwe. Uyu musi tugiye gutangura icigisho kidasanzwe kitavuga imigisha, ariko kivuga imivumo. Nk’uko ya migisha twamaze kwiga ari indwi, niko n’imivum0 nayo ar’indwi. Kuko uwutazoronka […]

UMUGISHA WA KANE UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE

5 novembre, 2010

UMUGISHAWA KANE UBONEKA MU GITABO C’IVYAHISHUWE Ubutumire buhire (Iki cigisho kiri mu kirundi coroshe gusa, abavuga ikinyarwanda bashobora kugitahura) Hahirwa abatumiwe gutaha ubukwe bwa wa Mwagazi (Ivyahishuwe 19:9) Mbese ubwo bukwe buzoba gute? Mbese uremera ko ubwo bukwe buzobaho? Kutavyemera biterwa n’uko utabwiteguriye. Kandi kubwitegurira bisaba ngo Umwami Yesu akugirire ubuntu, aguhe ingabire y’ukwizera nyako, […]

TWIGE IVYAHISHUWE 11: 1-14

19 août, 2010

TWIBUKANYE IVYO GUHARURA /KUBARA IBIHE N’IGIHE, N’ICICE C’IGIHE Bampa irenga rimeze nk’inkoni, bati Va hasi ugere urusengero rw’Imana n’igicaniro n’abarusengeramwo. Intangaro n’igicaniro uyireke, ntuyigere, kuko yahawe abanyamahanga: kandi n’igisagara cera /umujyi wera bazogisiribanga amezi mirongw’ine n’abiri. Kandi abashingir’intahe/ abahamya banjye, bazovugishwa imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongw’itandatu bambaye amagunira (Ivyahishuwe 11: 1-3) Iki cigisho kiratugarura […]

12
x

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire