NSHENGEYE NJ’I WAWE (I)

NSHENGEYE NJ’I WAWE I 

Nshengeyenj’ iwawe guterama, mbe mwiriwe Dawe nteramiye! Uraho ga mutware nzirikana!

  1. Ndashonje ndahwera Mukama we/ Ntez’amashi ndab’ ungaburire!
  2. Ndanyotewe cane Mukama we/ N,umukanda mu nda Mukama we!
  3. Narabuz’ico nkunda Mukama we/ Nkundana n’umwansi Mukama we!
  4. Umutwenzi wakika Mukama we/ Ngo vyuka tugende Mukama we!
  5. Naragend’umutaga nk’impuguza/ Mu ntara z’Imana Mukama we!
  6. Nay’inzu nataha Mukama we/ Yabaye nk’ishamba Mukama we!
  7. Ndara nk’inyamaswa Mukama we/ N’umutimuter’uturigana!
  8. Narakorey’umwansi ntagabirwa/ yampay’ubuhumvyi Mukama we!
  9. Maze mbony’umwansi kw’ahemuka/ Nibariz’Iman’idahemuka.
  10. Umutim’uracitse Mukawe!/ Ncikiy’ibirimba ndateramye!
  11. Jewe mpora nshengera nmanuka/ Noneho nje nduga guterama!
  12. Naragwanye n’umwansi nararushe/ Nduhira gutsindwa Mukama we!
  13. Urangabira nziza Mukama we/ N,umutima waka wakirana!
  14. Urankiz’igitwarire c’ijoro/ N’umutim’uter’utirigana!
  15. Numva bakuyaga Mukama we!/ Mbe mwiriwe neza Mukama we!
Publié dans : ||le 30 janvier, 2011 |Pas de Commentaires »

Laisser un commentaire

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire