NGO HARIHO ABAVUGA N’ABADEDEMBA: WAR’UBIZI?

Image result for palabre africain

« Umuntu wese azodedemba ku Mwana w’Umuntu azobiharirwa,ariko uwuzodedemba kuri Mpwemu Yera ntazobiharirwa naho hoba mur’iki gihe canke mu gihe kizoza » (Matayo 12: 32). Ivyo wagiye wishura Mpwemu w’Imana uko kwose yakurungikiye impanuro azicishije mu bakozi biwe, mu vyo wasomye, mu mutima nama, mu bidukikije, ariko ukamwankira ugakomantaza umutima vyose vyaranditswe. Har’ivyo wapfa kuvuga ngo bagire ngo ur’umuntu w’Imana naho ijuru ryose rikabona ko udedemba. Abemeye ivyo Mpwemu yababwiye, naho boba abacumuzi ruhebwa nka jewe na wewe, nta ntahe izobakubita mu gahanga, kuko bari muri Kristu-Yesu. « Nuko rero abari muri Kristu Yesu nta rubanza ruzobatsinda » (Abaroma 8: 1).

Abari mw’idini n’abari muri Yesu bagiye kumenyekana vuba, kuko wa musi uregereje. Mbe jewe na wewe tuzoba mu ruhe ruhande?

Publié dans : ||le 11 octobre, 2016 |Pas de Commentaires »

Laisser un commentaire

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire