IVYO KURYA VYO MU GITONDO (2)

Kuv’ubu uzoza ubona ivyigisho bigufi imisi yose mu gitondo bimeze nk’iki gikurikira:

 

« YOBU YAGIZE ATI: » NTAHO NASUBIYE INYUMA NGO MVE MU MATEGEKO YASHINZE, NASHIZE UMUTIMA KU MAJAMBO YAYO YO MUKANWA KAYO KUrUTA uKo NDAWUSHIRA KUVYOKURYA BINTUNGA (Yobu 23: 12)

 

Image result for Job bible

 

 

UBUTUMWA TWAHAWE MW’ISEZERANO RISHASHA NABWO BUGIRA BUTI: « Ehe abihanganye tubita abahirwe: Mwarumvise ukwihangana kwa Yobu, mwarabonye ivyo Umwami Imana yamugiriye mu mperuka, ingene Imana yuzuye imbabazi no kugira ikigongwe (Yakobo 5: 11)

Turakeneye ingabire yo kwihangana no kutidoga mu bigeragezo.  Yesu ati:  » Abo nkunda ndabahana kandi nkabakankamira, ah’ubwo, gir’umwete wihane (Iyahishuwe 3: 19). Ico nico ngusabiye nisabira kur’uwu musi. Mw’izina ryera rya Yesu.Amen.

Gir’umwete wo kuza gusoma ijambo ry’Imana hano, imisi yose.

 

 

 

Ushobora gusigira akajambo Paroisse Twihane hari hepfo habigenewe.

 

Publié dans : ||le 2 octobre, 2016 |Pas de Commentaires »

Laisser un commentaire

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire