IL EST ÉCRIT

Kuri iyi paje, muzokurikirana ibiganiro vya Il est écrit. N’ijambo ry’Imana mu gifransa, ribageraho rivuye mu gihugu ca Canada, muri Province ya Québec, mu gisagara ca Montréal. Birashoboka ko udahita ubona ibiganiro, ariko ni wafyonda hepfo gato, harapfunguka iyinndi paje. Kuri uyo paje ca ufyonda kuri  »il est écrit un message biblique télévisé », hanyuma wirabire.  Muri kumwe na pasteur José Elysé n’abo bafadikanije:

Fyonda hano: http://ilestecrit.tv/

Murakaze neza!

 

Publié dans : ||le 14 janvier, 2011 |1 Commentaire »

1 Commentaire Commenter.

  1. le 22 novembre, 2011 à 13:49 nduwayo evariste écrit:

    Imana ihabw’icubahiro.nashimishijwe nibintu nasomye ngaho.ariko mfise ikibazo kubijanye nibintu bivugwa kubijanye na micro-puce electrogene na biometrie.murakoze

Laisser un commentaire

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire