IJAMBO RY’IMANA RYO MURI IKI GITONDO

Kuv’ubu uzoza ubona ivyigisho bigufi imisi yose mu gitondo bimeze nk’iki gikurikira:

 

« KUKW’IYI MANA ARI IMANA YACU IBIHE BITAZOSHIRA, NIYO IZOTUYOBORA GUSHIKA KU GUPFA »(Zaburi 48: 14)

 

Image result for baptemes adventistes

 

 

Useng’Imana, ugir’umwete wo kwiga ijambo ryayo, wishimire kuba waramenye Imana y’ukuri. Izobana nawe muri vyose, ariko nawe ntuze uyihemukire, kuko ibana n’abafise imitima itunganye. Iman’iguhe umugisha!

Gir’umwete wo kuza gusoma ijambo ry’Imana hano, imisi yose.

 

 

 

Ushobora gusigira akajambo Paroisse Twihane hari hepfo habigenewe.

 

Publié dans : ||le 21 novembre, 2010 |4 Commentaires »

4 Commentaires Commenter.

  1. le 18 janvier, 2011 à 15:38 karega wilson écrit:

    Yesu Kristo abahezagire kubwijambo ryiza mugeza kubantu bayo mubasubizamo intege abandi mubavana munzira zidatunganye mubereka aho bakwiye kunyura.
    Be blessed brothers and sisters

  2. le 14 septembre, 2011 à 15:21 VEDASTE KAYIRANGA écrit:

    Ndabakunda cyane

  3. le 27 février, 2012 à 9:59 NAHIMANA écrit:

    ndashaka munsigurire kubijanye n umubatizo:je ndi umu katorika,hari abemeza ko umubatizo waho atariwo,soit disant que umubatizo wo ni uwo mumazi menshi;gerageza mumpe inyishu murakoze muhezagirwe

  4. le 8 décembre, 2015 à 21:31 labonnenouvelledusalut écrit:

    Nahimana, ndakuramukije, mbonye ikibazo cawe naratevye, kuko igihe wakirungika nari ahantu ntashobora kwakira ibibazo no kubisubiza. Ni waba wipfuza igisubizo n’uwu musi, bimenyeshe, ubu nta ngorane.

Laisser un commentaire

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire