AMAZINA Y’AMEZI MU KIRUNDI/KINYARWANDA

Ibibazo vya Nteziyaremye Raymond na Jean-Pierre Eraste bitumye mbona ko ntegerezwa kubaha iki cigisho c’amezi mu ndimi zacu. Mbere nzanyuzamwo mbacire n’imigani, mbabwire ivyo nabonye hambere aho. Kuko, uretse ko aba basore b’abanyarwanda batazi kuvuga amezi mu kirundi, hariho n’abarundi batazi amezi mu rurimi rwabo. Mwene Data Jean-Pierre, ndumva iciza aruko nayandika mu kinyarwanda, mu kirundi no mu gifransa.  Mureke guhera mu rujijo rero, icigisho giherutse cari kiryoshe nkuko benshi babivuze, noneho ayo mezi mushaka ngaya:

Mu kirundi                           Mu kinyarwanda               Mu gifransa

Nzero                    Mutarama            Janvier

Ruhuhuma           Gashyantare        Février

Ntwarante            Werurwe              Mars

Ndamukiza          Mata                      Avril

Rusama                Gicurasi                Mai

Ruheshi               Kamena                Juin

Mukakaro            Nyakanga            Juillet

Myandagaro        Kanama               Août

Nyakanga             Nzeri                   Septembre

Gitugutu               Ukwakira           Octobre

Munyonyo            Ugushyingo       Novembre

Kigarama              Ukuboza            Décembre

___________________________________

 Ayandi majambo mushobora gukenera

Kinyarwanda/Kirundi

Itariki=igenekerezo

guca amarenga= guca umugani

Gitwika=Guturira

umudugudu=igisagara

Imana ibafashe gutahura. Komeza mwereke abandi ivyiza vya Paroisse Twihane. Muraraba neza hariho n’ikinyamakuru cacu citwa HAMAGARA. Muzobonamwo amakuru ya bene Data hirya no hino mw’isi.

__________________________________________________________________________

Ni mwashaka kubaza mubaze ariko mwihane mugaruke (Yesaya 21: 12

__________________________________________________________________

 

Publié dans : ||le 2 avril, 2009 |Pas de Commentaires »

Laisser un commentaire

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire