Archive pour le 11 mars, 2016

EJO N’UMUSI WERA W’ISABATO

MUMESURE, MUGORORE IMYAMBARO, MUVOME AMAZI MUZONYWA N’AYO MUZOKORESHA EJO KW’ISABATO , MUTEKE, HANYUMA IZUBA RIRENZE DUHURIRE MU MASENGESHO YO GUTANGIRA ISABATO

 

 

 

EJO N'UMUSI WERA W'ISABATO stock-photo-3447276-african-de-la-vie-et-de-blanchisserie-dans-la-rivi%C3%A8re     repassage

 

guinee-corvee-eau-1                                 burkina1

 

 

RTEmagicC_news_ghanachurch221

 Yesu amaze gusemerera n’ijwi rirenga, aravuga ati;  » Data, mu maboko yawe niho nshize ubugingo bwanje ». Ahejeje kuvuga artyo aracikana. War’umusi wo kwitegura, isabato igira ishike. Luka 23: 46, 53)

IBI NIVYO UHORAHO YAVUZE AT’ EJO N’UMUSI WERA WO KURUHUKA, W’ISABATO IROBANURIWE UHORAHO. NI BAGENDE BARONDERE IVYO BAGOMBA, BATEKE IVYO BAGOMBA, IBISIGAYE BABIBIKE, BABIRAZE (KUVAYO 16: 23)

Publié dans:Non classé |on 11 mars, 2016 |Pas de commentaires »

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire