Archive pour le 13 février, 2016

IYI N’ISABATO Y’UMWAMI, NI MUZE MURUHUKE…

Afficher l'image d'origine

Ni muze  kuri jewe mwese abananiwe n’abaremerewe ndabaruhura (Matayo 11: 28).Kand’abanyamahanga bo mur’iki gihugu ni bagira ivyo bashora kw’isabato, ar’ibintu bashoye.ar’ivyo kurya, ntihazogira ico tugura kw’isabato…  Ndahezanshira bamwe bo mu bantu banje kurinda amarembo ngo ntihagire umutwaro n’umwe bayacishamwo ku musi w’isabato (Nehemiya 10: 31; 13: 19)

Mbese wumva nawe urushe mu mutima? Yewe, iyi sabato n’iyawe, ngw’ino uruhuke, mw’izina ryera rya Yesu. Amen

Publié dans:Non classé |on 13 février, 2016 |Pas de commentaires »

Centre du Plein Evangile "L... |
For This Cause |
MON SAUVEUR M'AIME |
Unblog.fr | Créer un blog | Annuaire | Signaler un abus | piccole note di un cammino ...
| مع ا ...
| Blog du niveau intermédiaire